Abakinyi b'abarundi bakina ku mugabane w' iburaya barongowe na kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino bamaze gukurwa ku rutonde rw’abakinyi bari bitezwe gutana mu mitwe mu nkino zibiri zari kubahuza na…
Mu gihe muri kuno kwezi Uburundi bugiye gutana mu mitwe na Mauritania mu nkino zibiri, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi ryarasohoye ikete ko ata mukinyi n'umwe akiri mu bihano, vyumvikana ko Saido…
Mu kiganiro Jospin Nshirimana yakoranye na Indundi Tv igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2020 uyo musatirizi akomeye w'umugwi Aigle Noir The Fighters yashoboye kuvuga umukinyi akunda mu ntamba mu rugamba ndetse no kw'isi.…
Umumenyeshamakuru Steeve Derick yashize ahabona urutonde rw'abakinyo 23 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira inkino 2 za Mauritanie zizoba mu kwezi kwa gatatu hagati y'amagenekerezo ya 23 na 31 Ntwarante…
Inyuma yo kugurwa na As Kigali imyaka 2 kuva mu ntango z'ihiganwa ryo mu Rwanda ariko ntabashe kuyikinira bivanye n'imvune yakuye mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uyo mukinyi wo hagati…
Uwahoze ari kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba mu myaka iheze Ndikumana Selemani agiye gukinira umugwi wa KMC wo mu gisagara ca Dar es salaam muri Repubirika yunze ubumwe ya Tanzania. Ayo…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abakinira ku musenyi Soccer Beach wamaze gushika i Dar es salaam. Intamba Soccer Beach zikaba zafashe urugendo kuri uyu gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2019 ,…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 16 Kigarama 2019 , niho umugwi Gasogi Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Urwanda waha amasezerano y'umwaka n'igice umukinyi w'umurundi Ndikumana Trésor.…
Kizigeza w'intamba mu rugamba mu myaka iheze Nizigiyimana Abdoul Karim batazira Makenz yasezerewe mu mugwi Wazito Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya . Umugwi Wazito Fc ukaba wasezereye abakinyi 4 ku musi wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.