Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ushobora kuja kwimenyereza muri kimwe mu bihugu vy'i Buraya. Inyuma y'ugutsinda Gabon mu rukino rwo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za CAN 2019 zigiye kubera muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Abariko bakurikirana imyimenyerezo y'intamba mu rugamba bamaze muri iyi misi ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore bamaze kuba bashira ahabona abakinyi 11 babona ko umumenyereza w'intamba mu rugamba!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ubandanya witegurira neza urukino rugiye kubahuza na Gabon kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka wa 2019. Kuri uyu wa kane mu masaha yo kumugoroba uyo mugwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuzo wa Djuma Mossi ushobora kwongereza izindi nguvu umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba . Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Ntwatante umwaka wa 2019 , niho uwahoze ari kizigenza w'intamba!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe ata murwi yarafise muri kino gihe yaguzwe muri Portugal. Hari kw'igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho Umukinyi w'intamba mu rugamba Nduwarugira!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu kiganiro na Indundi Sport, Team manager wa équipe nationale Mutima Constantin avuga ko Saido Berahino atafashwe atwara umuduga aborewe nkuko biheruka kwandikwa . Ngo n'akadoberezo, kubwiwe ngo ntacamutangaje!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba uhejeje gusezererwa n'igihugu ca Africa yepfo mu mahiganwa ya CAN U 20. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isakumi n'imwe n'igice!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules niwe agiye gusubirira Bimenyimana bon fils Caleb muri Rayon Sports, uyo musatirizi w'umurundi yahora akinira Sun rise mu mezi atandatu aheze yaciye yipfuzwa na Rayon Sports. !-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yaho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uhagurikiye ibujumbura kuwa kabiri w'igenekerezo rya 29 Nzero(01), waraye ushitse amahoro muri Niger . Intamba mu rugamba z'abatarenza!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuririmvyi Bizimana Aboubakad Karume batazira Sat-b yahwe umwambaro w'Intamba mu rugamba . Hari Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho radio buja FM yari iramutse iha agashimwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.