Kuri uno musi wa kane igenekerezo rya 25 Ndamukiza niho Honorable Reveriyano Ndikuriyo asanzwe arongoye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi yugurura icese uruganda rwo gushigikira umugwi w'intamba mu!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ntukigiye muri Turukiya gukorerayo imyimenyerezo yo kwitegurira ihiganwa rya CAN 2019 rigiye kubera muri Egiputa mu kwezi kwa Ruheshi nk'uko vyari bitegekanijwe. Amakuru!-->!-->!-->!-->!-->…
Hussein Shaban Tchabalala yaraye yigaragaje y'uko ari umwe mu bakinyi bakomeye mu gihugu ca Ethiopian . Kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 20 Ndamukiza umwaka wa 2019 umugwi Ethiopian Coffe Sc waramutse!-->!-->!-->!-->!-->…
Aho aheruka gukora indirimbo ihayagiza umurwi w'Intamba mu Rugamba yise Nani Atakatala, Mr Champagne yemeza ko icabimuteye ari urukundo akunda igihugu ciwe hamwe n'umurwi nserukiragihugu Intamba Murugamba Ni Mr!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Intamba mu rugamba ngo zigiye guhindura imyambaro zahora zambara zibifashijwemwo n'Ubutariyano. Mugatondo ko kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 13 Ndamukiza umwaka wa 2019, uwurongoye ishirahamwe ry'umupira!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Ndikumana Justin abandanya yitwara neza mw'ihiganwa ryo muri Kenya. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 10 Ndamukiza umwaka wa 2019 ku kibuga ca Machakos, umugwi Sofa Paka wari wakiriye!-->!-->!-->!-->!-->…
Insamirizi na Terevisiyo vya Repubirika y'Uburundi (RTNB) ngo yoba igiye kurihishwa ihadabu ingana n'amafaranga ibihumbi icumi vy'amanyamerika biturutse ko ngo yoba yarahonyanze amategeko ikerekana ku!-->…
Saido Berahino NGO yagize uruhara runini kugira intamba mu rugamba zitabire inkino za CAN2019. Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba akinira umugwi Stock City uri mu cicaro ca kabiri mu Bwongereza Saido!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yaranezerejwe n'itsinzi y'intamba mu rugamba. Inyuma y'aho umugwi w'intamba mu rugamba wari uhejeje kunganya na Gabon igitsindo 1-1 mu rukino rwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 23 waraye usezerewe n'umugwi wa Congo Brazzaville . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ntwarante umwaka wa 2019 i Brazzaville aho umugwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.