https://www.youtube.com/watch?v=MvyTV4yizpY&feature=youtu.be
Inyuma y’igiteramo akoreye i Bujumbura atumweko n'ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi kikitabirwa n’abantu batari bake, Diamond agiye kugaruka i Bujumbura ahakorere ikindi giteramo. Akazoba azanwe na kamwe mu…
Sat-B ashobora kuba agiye gukora collabo International nk'uko biriko biravurwa ku rubuga rwiwe rwa Facebook yanditse abaza abakunzi biwe ko afise amahera none ayagure Parcelle canke akore Collabo. Abatari bake…
https://www.youtube.com/watch?v=yPfJyMjOehM
Muyoboke ntiyemeza canke ngo ahakane ko Charly na Nina basubiye hasi, ariko avuga ko umuvuduko bariko bakirikumwe atariwo bariko. Biragoye kwemeza canke guhakana ko umurwi charly na Nina woba warasubiye hasi canke ubandanya…
https://www.youtube.com/watch?v=2YIzegRWXlo
Hari umuririmvyi w’umunyarwanda agiye gukorana indirimbo na Chris Biz, naho nawe ata kinini arabishikirizako. Hari umwumvikano uri hagati ya Chris Biz hamwe na Manager wa Yvan Buravan, uwo ngo ukaba uhagaze ku bikorwa…
Zari avuga ko Mr P wo muri P Square ari umwe mu bahanuye Diamond ngo asubirane n’umugore, amaze kwumva ko vyayangaye, naho nawe yahavuye amushira mu gitigiri c’abagendanye n’umugore wiwe. Arahakana ko ata numwe mubo Diamond…
Ishiramwe Force Jeune ryatuganije amahiganwa kw'igenekerezo rya15 Myandagaro riramenyesha ibisabwa kugira ujemwiryo higana haba kubigeme canke abahungu. BISABWA KUGIRA UBE MW'IHIGANWA RYA MISS canke MISTER SDN 2019…
Big fizzo ngo naho aryohererwa ugutera imbere kw'abaririmvyi ndundi, buri gihe yama ari maso ntihagire uwumutwara ikibanza arimwo. Ukugenda akebaguzwa araba hirya no hino ni kimwe mu bituma agumana ikibanza amazemwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.