https://www.youtube.com/watch?v=53bpc5r0Cuk&feature=youtu.be
Yaba Zari canke Wolper bose babona ugutandukanye ubucuti barimwo hamwe n’ubwo bahozemwo. Ukwerekana abagabo bagendana ngo ni kimwe mu vyabateye kubabara mu buzima, kuko abababona baheza bagaca binjira mu bibazo vy’ubucuti…
Emery sun yijeje abamuhaye icumu ry’umuryango kutazobatetereza, kandi kuzohagarira izina ry’umuhisi papa wiwe, nayo batonya biwe bon go ntaco bazomuburana. Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 28/7 niho umuririmvyi Emery Sun…
Ukugara ngo kwoba arikwo gutuma Big Fizzo atabasha gukorana indirimbo n’ibihangange vyo muri kano karere uburundi burimwo. Ibura ry’ugukorana indirimbo kwa Big Fizzo n’ibihangange bikomeye muri afrika y’ubuseruko nka Diamond…
Ikindi giteramo ca Diamond camaze gutangura gutegurwa i Bujumbura, inyuma y’icakomerekeyemwo benshi, abandi baravunika. Inyuma y’igiteramo akoreye i Bujumbura, kikitabirwa n’abantu batari bake, Diamond ngo azosubira…
https://m.youtube.com/watch?v=0wdc9JPL6M4
Mu gihe abamwagiriza ko ubwiza n’ubuzima abayemwo atarivyo afise vyukuri, Zari yahavuye ava mu gacerere atanga umuco, anerekana bamwe mubamuvuga uko baba bameze. Ku kibazo c’uko ubuzima Zarinah Hassan yerekana kuri Social…
Afrika nova ngo naho yahevye umuziki aronse akanya arakora ibiteramo hirya no hino kuko abakunzi b’indirimbo ziwe babandanya bamusaba kuzicuraranga. Africa Nova ntagikora umuziki nkuko yawukora akiri muto, ubu awukora nko…
Sunny yipfuza gukorana indirimbo na Diamond ari nka hamwe bishobotse, ivyo nivyo aheruka kuvugira mu kiganiro The Playlist gica ku nsamirizi Times Fm. Inyuma y’indirimbo Sunny yakoranye na Bruce Melodie bakayita Kungola,…
Amasanamu y’indirimbo yakoranye na Tom Close ngo biragoye kuvuga ryari azoshirirwa ahabona, kuko atayo afise mu ntoke. I Kigali mu Rwanda B Face icamujanye ngo n’ugukora amasanamu y’indirimbo afitanye na Tom Close, nkuko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.