https://www.youtube.com/watch?v=b7NtOVBVy2M
Ukutabona kumwe umuderi w'ubusage kw'abantu ni kimwe muvyabuza Adjobalove kubona ifaranga. Mu myaka iheze babonye umuntu afise ubusage (Dreadlocks)yafatwa nk'umunywa rumogi ndetse…
Monna ngo s’umu Slay queen nkuko abantu bovyibaza, igituma ngo nuko we ivyo afise atabihabwa n’abagabo. Mu kiganiro na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, Monna avuga ko ubu Slay Queen bamwagiriza ataribwo, igituma ngo nuko…
Big Fizzo ntabona kumwe n’abandi ikivurwa nk’ikibazo hagati yiwe na Sat-b. Big Fizzo ngo nta kibazo yigeze agiriranira na Sat-b kandi nta n’ico azigera agiriranira n’abaririmvyi b’abarundi, ivyo n’ivyo aheruka kuvugira ku…
https://www.youtube.com/watch?v=OmPnYDtFcY4
Bamwe muba Paparazzi muri Tanzania bemeza ko Diamond asohokana n'umukobwa w'umu Tanzaniyakazi, ariko We akabihakana. Ibiheruka gushikirizwa na Zari ko akageso ka Diamond platnumz ko kuvanga abakobwa gashobora…
https://www.youtube.com/watch?v=P1bbCd6hO9Y
Kidumu ati : "navuze ko umuziki w'Uburundi ucāvûra mu kirundi gifobetse ariko bamwe bamwe bariko barabitahura ubu bivanye n'ivyo bariko barabona bacamwo. Amajambo Kwiyamiriza hamwe N'uguheba niyo Kidumu…
https://www.youtube.com/watch?v=O-ziitmg6z4
https://www.youtube.com/watch?v=hnxuKVKfvvM
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.