Zari ngo ntiyiteze kwerekana umukunzi wiwe mushasha, kuko ashaka ko aba uwiwe gusa. Umukunzi mushasha wa Zari ngo afise imodoka zitari nke kandi zikomakomeye, ariko si zose agenderamwo. Zari mu kiyago na Ayo Tv yavuze ko…
Zari ngo we yagize ubwenge agurirwa inzu, apana Imodoka nka Tanasha. Kuko we ngo ataraba imbere y’ibirenge gusa ahubwo araba kure cane. Kuba Diamond yahaye akaganuke k’imodoka izimvye cane Tanasha ku musi wiwe w’isabukuru…
View this post on Instagram A post shared by 🇧🇮🌹MONNA WALDA KANEZA🌹🇧🇮 (@monna_walda) on Jul 4, 2019 at 9:39am PDT Ukwiyahura kuko vyashitse agahena vyo ngo ntibikunda, vyashitse atabishaka, ikimenyamenya…
Mt number one abona ko kwihutira kuja kurondera Collabo hanze y’igihugu atariwo muti, ukubanza kurondera gushigikirwa iwanyu, ngo nico nkenerwa gusumba. Mt number one ngo yipfuza kubanza gufata akarere k’Uburundi mu muziki,…
Kuba Diamond yaraciye inyuma Zari ngo sico gihambaye catumye amuheba, ariko hari ibindi bikomeye vyabiteye. Zari ngo ntiyahoye Diamond kumuca inyuma, ahubwo ngo hari ikindi gikomeye gusumba kumuca inyuma yamuhoye. Zari akaba…
Dj Jakson aramutswa inzu y'imiziki bukiv Lab arerekana ubudasa buri mu muziki ndundi afatiye ku bacuraranzi ba kera kumwe n'abubu. Jackson aravye umuziki wo murunganwe rwa Canco Hamisi, ba Africa Nova, Nik Dav,…
Ugushigikirwa bikomeye nivyo Sat-b yisabira abarundi gusumba kwifatanya n'ababona ko Diamond aje kubasahura. Amafaranga Diamond yemerewe ngo aze gukora igiteramo I Bujumbura ngo ntiyarakwiye gutera ikibazo umuntu numwe.…
Urukurukuru ko Jayz yoba akomoka mu Rwanda rwamaze gukwiragizwa hirya no hino. Abantu bamwe bakaba bamaze kumutorera amazina. Igitero ca 3 c'indirimbo nshasha ya Beyonce cavyuye ibibazo bitari bike mu bakurikirana…
Shaddy boo ngo yanse kuza I Bujumbura kubera ukutumvikana kwabaye hagati yiwe na bumwe mu bushikiranganji bw'Urwanda. Inyuma y'ibihuha ko atakije I Bujumbura mu giteramo yari yatumiwemwo, hamenyekanye impamvu…
"Uwu mwaka" ni imwe mu ndirimbo ya Nzeyimana Thomas azwi kw'izina rya Mkombozi yashize ahabona mu mwaka wa 2019, iyo ndirimbo biboneka ko ifise ubutumwa burashe bugomba gushusha n'uburi mu ndirimbo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.