Inyuma y'ugukora igiteramo Love and Mony Tour cari categuwe n'abanyamahanga kuri Lacosta Beach, Big Fizzo yafashe urugendo yerekeza aho tutaramenya neza, ikimujanye nico yoba agiye gukora. Abatari bake bariko bagira ico!-->!-->!-->!-->!-->…
AKes ntahakana kandi ntiyemeza ko hoba hari amajambo y'urukozasoni mu ndirimbo yiwe yakoranye na Akes don, ariko akavuga ko hari amajambo arimwo atahura abakuze. Indirimbo ya Akes don na B Face ngo nta majambo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe Big Fizzo ari mu bahawe ubushimwe, ariko kandi yari yasa n'uwagaye itegurwa ryavyo mu misi yahera, uwo muririmvyi yahavuye akora ivyo bamwe bavuga ko ari ukunegura ubushimwe bahawe. Muri ino week end icariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond ngo yoba yanyazwe inzu yiwe iri muri afrika y’epfo, amazina yari ayanditswe agahindurwa noneho bakayishira ku mazina y’umugore. Mu gihe muri ino misi havurwa cane ivy’ubugeni bwa Diamond, amakuru ava muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Bugingo asubiriye gutora utuguvu inyuma y'ukurekurirwa gusubira gukora ibikorwa vy'amareresi muri Tanzania n'inyuma yaho, Wema Sepetu yavuze ku musore bifotozanya n'amabi yamukoreye. Mu kiyago n'ikinyamakuru Ijumaa,!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubera urupfu rwa Simbavimbere, abaririmvyi bamwe bamwe batanguye guhagarika ibikorwa bari bafise. Masterland yahagaritse ibikorwa vyose afise bijanye n'umuziki gushika umusi w'ifubwa ry'umuhisi Bruno!-->!-->!-->!-->!-->…
Bruno Simbavimbere alias Member, président de l'Amicale des musiciens du Burundi Bruno Simbavimbere alias Member, président de l'Amicale des musiciens du Burundi, AMB en sigle, n'est plus de ce monde. Sa mort est!-->!-->!-->…
Ngendabanka Natacha ngo ama Awards yipfuza n'ayaboneka, ayiyubashe. nayo iyo muri Burundi Talent Awards bari bamuteguriye ngo nibayihe Chany Queen nawe nyene yarakoze neza. Natacha Ngendabanka aho ageze ngo saho!-->!-->!-->!-->!-->…
Wema sepetu ngo abagabo bamurondera ni benshi, ariko yarabashije kumara amezi 6 ata mukunzi agira, kandi ataryamana n'umugabo, kuko abona ko rimwe na rimwe ari ngirakamaro kwegera hirya y'iryo jambo. Wema sepetu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kidum asubiriye kandi kumenyesha ko abariko bategura akajagari mw'itangwa ry'ubushimwe ririko rirategurwa yamaze kubamenya, uwo akavuga ko ata kindi kibagenza atari ishari gusa Inyuma yaho amenyeshereje ko yatohoje!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.