Pascaline canke Pascalinda slameuse asanzwe afise n'impano yo kuririmba ndetse nogukina amareresi niwe yaraye asangiye Pasika n'abana b'impfuvyi. Pascalinda kubaho yatanguriye kwerekana Impano yiwe ibihe…
DJ Paulin yiswe umudimudimu akagirizwa KO atari Umurundi, isemo ryoba rigeze he ryo yakwa ubwo bwenegihugu bavuga ko afise adafitiye uburenganzira? Ibintu birakaze, DJ Paulin habuze gato ngo bamusabire kwirukanwa mu…
Kirungo wa mugore yagirizwa kwiba abagabo, ashobora gutuma Double Jay asubira Kandi ku kinwa ya benshi, kuko hamaze gusabwa gukorana hagati yabo. Mu gihe twari turindiranye igishika cinshi Indirimbo nshasha ya Double Jay,…
Abakunzi b'umuziki baramaze kubitahura kuko basidukanye n'iyonka gushigikira abaririmvyi babo mu bunwero Gerra Plaza, n'ubwo imyidogo yo itabuze kunvo zuko bari bakumbuye Mugani akabashikira bugira buce. …
Amakuru yagumye acanacanako ku mbuga ngurukanabumenyi kur'uyu wa kane igenekerezo rya 6 Ndamukiza 2023 yavuga iyirukanwa ry'umwigeme agisibije mu gutwara abagabo b'abandi, Double Jay abikozemwo indirimbo,…
Umu Rapeur Frank Duniano n’umwe mu bemeje abatari bake, benshi banakunze Impano yiwe ariko bamwe bakibaza impamvu atashigikirwa, ko vyoba biva ingene aririmba cane igiswahili, nuko hoba hari ibindi vyinyegeje inyuma?…
Sat-b ama Commentaire akarishe y'abafana yatumye afunga igice cayo igihe yatanga Itangazo rihakana ko Drama T atamutwaye ikibanza ca mbere mu bafise ama Views menshi, none induru zabaye zose. Mu gihe haheze imisi…
Umuririmvyi Yanick uttar mu ndirimbo zo kuninahaza Imana, imitima ya benshi arayiruhyra ,uretse ko aririmba, ibicurarangisho vyovyo ntavyorohereza ubuho ngo twitege kuronka "Umuco" none n'umuco w'iki?…
Bompi bahurikiye muri Wema Entertaiment isanzwe irongowe na Wema Nella aba muri Australia mu Burundi ikaba iserukirwa na Landry promoter hano mu Burundi, vuba haribibikorwa bagiye gukorera muri Zambia Umuririmvyi Yan A niwe…
Drama T ngo natigenza neza, ngo ugukorana kwiwe na DJ Paulin buca amutwara muri Amerika na Canada gukora ibiteramo, gushobora guhera nkuko vyagenze Kwa Mb Data yari mu kibanza agiye kugendamwo. Ivyashikiye MB Data…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.