Hari kw'igenekerezo rya 15 Ndamukiza aho yemanga imbere y'abaserukira l'ETA mu Nyakabiga kumwe n 'imiryango Ko agiye kwubakana n'Umupfasoni Ininahazwe Francine, umwigeme yemeranya n Umutima wiwe KO…
Big Fizzo yasubiye i Buraya, aho yaramaze imisi, inyuma yo gukora akazi yari yahamagawemwo. Ako nako kakaba kari ako gukora igiteramo, igihe hugururwa inyubako Guerra Plaza mu kamenge. Uwo musi Big Fizzo akaba yashikirije…
B Face inyuma yo kubwira DJ Paulin ko yarakwiye gufasha abaririmvyi banuka akabagurira agasabuni n'aga Perfum, ubu naho yamusavye Liste yabo ngo abakorereko. Kuri uyu wa gatanu, umuririmvyi B Face yabonetse muri Video…
Amazina yiwe yahawe n'abavyeyi ni Richard HAKIZIMANA Yavukiye mu Burundi mu Ntara ya Bujumbura muri Ntahangwa muri quartier ya Kamenge. Yavutse mu mwaka w'ibihumbi bibiri (en 2000) akaba afise imyaka mirongo ibiri…
Meili ngo abona ko Big Fizzo atarakwiye kuvuga amajambo mabi, kuko hari abatari bake hano iwacu bamuraba nk'ikiyo birabamwo. Mu kiganiro ku mboneshakure TYS, Meili yavuze ko ibikorwa DJ Paulin amaze gukora ari…
Umuririmvyi Bizimana Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-B, yabaye uwundi murundi abashije kuronka Verification ku rubuga rwa Twitter. Ico gikorwa nkuko amakuru dukesha urubuga rwa Google abishikiriza, cabaye ku musi wa Kane…
Mkombozi ngo ibintu vyo kurindira ko akora amasanamu y'indirimbo ngo agiye kubihagarika, ubu agiye gusubira Kandi gusohora Indirimbo ari ama Audio gusa. Mu kiganiro Open Mic aho yari umutumire, uwo muririmvyi…
Muribuka ashikiriza ko Indirimbo ntandero ugira yabaye irashirwa ku ruhande kuko hari ikibazo cahabaye, ubu ngo iyo ndirimbo n'iyo isubiye Kandi kugarukanwa. Akoresheje imbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha,…
Big Zoe agiye gushira ahabona Mixtape yahaye akazina ka Gatanu nkuko uwo muririmvyi yabituyagiye. Iyo Mixtape ikaba izoba igizwe n'indirimbo 11. Izo ndirimbo 11 zikaba zizumvikanamwo abaririmvyi batari bake, barimwo…
Hampande y'intambara y'amajambo igize imisi iriko iribonekeza hano iwacu kubera ijambo umudimudimu, co kimwe na gasopo yatanzwe, Big Fizzo asubiye Kandi kugaruka mu gakino. Ya Ndirimbo Ngangari yari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.