Muribuka Kirikou Akili avuga ko Indirimbo Inzoga n'ibebi ikwije Views 1,000,000 azoca asohora igikorwa gishasha? Ubu umukenyuro wahindutse, ubu naho hagezweho ivy'ama Stage y'ishure. Mu gihe Kirikou yaheruka…
Mu gihe Big Fizzo agize imisi agaruka ku mubano w'abakundana, n'abagenzi muri rusangi, umutambukanyi wiwe ari I Bujumbura, yarize ayo kwarika aho abagore barikumwe muri Entertainment banahuriye muri AMB…
Meddy n'umugore wiwe Mimi bagiriye Isabukuru umwana wabo, kuko yarakwije umwaka avutse. Aho ni mu gihe hari hagize imisi insaku bavuga ko Meddy ashobora kuba akubitwa n'umugore wiwe iyo bari muri Amerika.…
Kuri za Instagram na Snapchat, abagabo bamwe bamwe bikanze ko wa mukobwa wacu Mow Kanzie yoba akina za reresi z'urukozasoni, kuko ivyo bamurungikira n'ibanga gusa. Mow Kanzie ngo ntiyorohewe ku mbuga nka Snapchat…
Big Fizzo mu gihe yaheruka kugabishwa ko adasohoye Indirimbo nshasha mu misi ya Vuba bazoca bamutera, yasohoreye rimwe Indirimbo zirenga 30. None coba ari igipfukamumwa yahaye abafana, canke bihuriranye nuko hari hageze ko…
Naho atawuzi ko amajambo ava ku Mutima ayabwira umuntu kanaka, canke ari bimwe vy'abaririmvyi bavugira hejuru ivyo abandi bavugira hasi, ariko Big Fizzo aheruka gusangiza abamukurikirana amajambo akomeye yanahanahanywe…
Mu gihe Double Jay yamaze gushira amaboko hejuru ko ivya Visa bitagikunze, Bwiza we ngo abafana bari bamwiteze I Burayi ngo n'ubu nibabandanye bamwitege. Muribuka tubabwira ko double Jay na Bwiza vyanse ko baronka VISA…
Umugambi uhari Kwa Alvin Smith n'uwo gufata akarere mu gihe Kiri imbere. Ivyo uwo muririmvyi akaba yabiyagiye mugenzi wacu Juste Gael. Mu gihe aheruka gushira ahabona EP nshasha yise 4You, uwo muririmvyi yavuze ko muri…
Abarundi barayamaze ngo uwushigikiwe n'ingwe aravoma, mu gihe abandi bimyiza ibamfu kubera kubura ama VISA, Drama T we avuga yemye ko ikibazo ca VISA atari ikibazo nkuko abandi babivuze kugira abashe guteramisha…
Mu gihe ariko akorana inguvu mu kuduza urubuga rwiwe Rwa TikTok, aho ubu ageze mu bariko barababa 25,000, Big Fizzo ngo yoba atorohewe Kuri urwo rubuga, none yiyamye abamubangamiye. Big Fizzo ashobora kuba hariho abantu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.