Mu gihe Ishirahamwe ry'abaririmvyi riguma rihamagarira abaririmvyi kuja kw'iyandikisha kugira bagire aho babarizwa nk'abaririmvyi no mukugira ico basavye Reta baze bagisabire hamwe, Alvin ntatahura ako kamo…
Kigingi benshi mwamumenye kubera Impano yiwe yogutwenza, ivyo akanabishingirwa intahe nabo yatanguriye uwo mwuga nka Mutima le comédien,Gasore,Raoul,Ildephonse n'abandi...... Abo basore barashimira Kigingi ko yahagaze…
Ibiheruka gushikirizwa n'umukuru w'igihugu, bitanguye gukora Ku baririmvyi bamwe bamwe, bituma babura ama VISA yobatumye baja guca agafaranga i Buraya. Umwe muribo ni Double Jay, ibura rya Visa ryiwe ritumye akari i…
Ednaky n'umuririmvyikazi benshi bibazako yoba atanguye kuririmba vuba ariko haba namba, ahubwo yabaye bubihagarike gato akaba yatanguriye kuva ku ndirimbo ya Kiradodora arikumwe na Yakubino na Sam Over Mix, ubu uwo murwi…
Igenekerezo rya 9 Ntwarante 2023 niho yahaguka i Bujumbura yerekeza muri Afrika yepfo amwe mu majambo yagiye asavye abakunzi b'umuziki wiwe cokimwe n'abakunda umuziki w'Uburundi yasavye Ko bumusengera iryo…
Harmonize ateye intege umuririmvyi Mista Champagne ariko arondera urukundo Kuri Kajala Frida, inyuma y'amezi ariko arababa 3 bavanye Kandi ku mpande zose ata numwe arerekana ko afise uwo barikumwe mu rukundo. Harmonize…
Ibiheruka gushikirizwa n'umukuru w'igihugu ko abaririmvyi bashobora n'abo babishatse Kugenda bakabagurana amafaranga bagashira mu muziki, bigeretsweko, akarorero katanzwe ni Drama t amaze gutangura kwinjiza…
Mu makuru yacu twabashikirije twarababwiye ko muri uku kwa gatatu Umuririmvyikazi Meili azoba yagiye guserukira Uburundi muri Afrika yepfo ntibikiri amajambo rero vyagiye mungiro. Acishije k'umbuga ngurukana bumenyi…
Kirikou n'abandi bafana b'umuziki batandukanye, bari birahiye Yassin wa mu Promoter akunda bwabara umuririmvyi Big Fizzo, igituma ngo n'amajambo yakoresheje avuga Kuri ya Ndirimbo ITamporize ya Drama T, Kandi…
Inyuma y'amezi ata kindi kivugwa mu kanwa ka Mista Champagne atari Kajala, ubu yamaze gushika i Bujumbura, none ibibazo vyatanguye n'ukwibaza nimba uwo Mugabo azoshobora kwerekana urwo rukundo yahora avugira mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.