Mu gihe yaheruka muri Maroco mu bikorwa vy'uguserukira igihugu, umuririmvyikazi Emelance Emy ngo yoba ariko arategura ikindi gikorwa gishasha, naho aravuga icaroco. Emelance Emy ngo ari mu gikoni muri ino misi, hari…
Mu gihe abanya Kigali batanguye gukubita agatoke kuko ngo Indirimbo z'abarundi zasubiye Kandi kwumvikana cane gusumba muri ico gisagara giharurwa mu vya mbere vyiza muri Africa y'ubuseruko, abandi n'abo bavuga…
Ayari amajambo atoroshe kuvuga bayagobetse mu nkuru y'ubugwa bw'umwigeme Muhoza, ahari urukundo hagashirwa umuti, ahari igihimba c'irondoka bahashirwa urushinge. Ibi vyumvikana mu ndirimbo umuti yasohotse Kuri…
Inyuma y'ukwezi umukuru w'igihugu c'Urwanda Paul Kagame agendeye Uburundi, Intumwa z'Uburundi zakiriwe i Kigali mu Rwanda, aho zatwaye ubutumwa bw'umukuru w'igihugu cacu Evariste Ndayishimiye,…
Ni mugihe hasigaye umusi umwe gusa kugira hahimbazwe igenekerezo rya 8 Ntwarante umusi mukuru wahariwe umukenyezi kw'isi yose , abakenyezi bahurikiye mu myidagaduro nabo bafise ivyo bateguye. Abaririmvyikazi ngo…
Ku ma Views 300,000 yaronse Ku ndirimbo ITamporize, n'izishika 4,000,000 yakwije Kuri Madam, drama t ashobora kuba ariwe muririmvyi wa mbere mu Burundi akoreye amafaranga menshi cane mu mwanya muto abicishije Kuri…
Ibintu birakaze, kubona abarundi basigaye baronka ama Views umuliyoni, biteje ikibazo gikomeye i Kigali. bamwe bakaba batanguye kubona ko ivyo vyoba vyaturutse kuko abaririmvyi bamwe bamwe b'abarundi basigaye bahabwa ama…
Naho bavuze ngo nta wuhindura umugwi utsinda, Alvin Smith we arabihinduye, kuko muri EP yise For You buca ashira ahabona, azoshiramwo Collabo yakoranye n'abahungu gusa, abakobwa bakoranye muri EP Party Love yaheruka…
Hatabaye impamvu itava ku mwana w'umuntu umukinyi w'amareresi wo mu gihugu ca Tanzania Kajala kw'igenekerezo rya 8 Ntwarante 2023 azoba ari mu gihugu c'Uburundi. Bimwe rero vyayobeye abatari bake n'…
Mu gihe Big Fizzo afise ikibazo c'indirimbo ziwe zigize imisi zikurwa kuri YouTube, Ndabizi iheruka gusohoka ngo irakwiye gukwiza Views 1,000,000 none isemo ryo kuyironderera izo Views ryamaze gutangura. Yassin yerekanye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.