Ca Kibazo Kiri muri Amicale Des Musiciens du Burundi, na Big Fizzo agihambijemwo umutambukanyi wiwe asanzwe ari icegera c'uwutwara iryo shirahamwe. Bwa bundi ngo ugutanga Sponsor vyateje ikibazo. Ibintu bikaba…
Muri Afrika yepfo, umugore w'umunyamideri akaba Kandi n'umwarimu, avugishije benshi kubera uburyo yambara imbere y'abo yigisha, bamwe bakamutera amabuye, abandi bakipfuza kuba abanyeshure biwe. Abenshi muri…
Yvan Buravan yitavye Imana mu kwezi kw'8 kw'umwaka uheze, yipfurije aba Musulman bose ukwezi kwiza Kwa Ramadhan, abatari bake bavuga menshi Kuri ubwo butumwa bwabonetse. Mu gihe Kuri uwu wa Kane ariho abari…
Zuguruzuguru ngo nizo zoba zibarizwa muri rya shirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi, Indirimbo yakozwe kubw'ukwezi kwahariwe Umukenyezi, yitirirwa iryo shirahamwe ikaba atari imwe nkuko vyahora, zabaye 2. Imwe…
N'igiki coba cinyegeje inyuma y'ifutwa ry'ama foto n'ama Video atandukanye yari yashizwe Kuri Instagram ya Big Fizzo? Ico nico kibazo cibazwa n'abatari bake, barimwo na Yassin wamu Promoter akunda…
MB data ivyasaba muri kino gihe ngo nuko yosubizwa ivyo yanyazwe harimwo n'imbuga ngurukana bumenyi kuko ngo yakoresheje inguvu nyinshi kugira bikunde page ziwe ziduge ivyo none ariko abisaba bande? Nubwo mukuvuga…
Pamy Queen n'umuririmvyikazi twatanguye kumenya ari mu murwi w'abakobwa ba 2" the Queens" mu nyuma yaho twarabuze irengero ryabo ariko pamy Queen we akaba yarabandanyije asohora nubwo yacishamwo igihe…
Ngo indyarya gusa n'izo zipfurije Isabukuru nziza muka Big Fizzo Nelly yagize ngo bamwe bagirira Surprise muka Big Fizzo ni indyarya gusa, kuko iyaba bakunda Manager Stein ngo ntibari kureka kumushigikira acitoza. Ariko…
Chiffa Marty umukobwa yagendanye na Yvan Buravan imbere yuko yitaba Imana, ngo yiteze kuzobona uwundi muhungu bakundana aruko Yvan amurungitse. Ariko abandi n'abo babibonye ukundi, aho bavuze ko uko avyibaza atariko…
Muri Zambia, abakobwa 5 n'umugore umwe batewe inda n'umusore w'imyaka 25 y'amavuko. Bamwe bati yadukorakora ku bisusu turi mu rusengero, uwundi ngo n'abo barabishaka ivyo nabakoreye, none umwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.