Igihe abaririmvyi bazogira indero, ngo nico gihe abaririmvyi bazokwizera kubona abafana bagiye kuraba ibiteramo vy'abo ari benshi. Ivyo nivyo biheruka gushikirizwa na bamwe mu bafana bishura kuco Mkombozi yari yishuye B…
Umuririmvyi Alvin Smith Ngo yipfuza Manager, iryo tangazo ryasohowe n'uwo muririmvyi rikaba ryashizwe ahabona kuri uwu wa mungu mu masaha ya sasita ku rubuga rwiwe rwa Whatsapp. Uwo muririmvyi yavuze ko abantu…
Kubwa Sat-b ngo Belle Nice w'ubu ntiyomugurana na Belle Nice wa kera, kuko uw'ubu ari umuruturutu nayo uwa kera ngo ntiyomunywerako amazi. Ibintu birashushe kuri Facebook z'abanyarusaku bamwe bamwe hano iwacu,…
Mkali wa Live niryo Zina yahawe n'abakunzi biwe birazwi neza ko kumuziki w 'ikibiriraho aho yateramishije abantu atawipfuza gutaha. Kuva muri the fighter production basanzwe bahagarikira ibikorwa vya Vichou baremeza…
Ibingorongoro nivyo bizotangwa ku nkwazo z'abigeme batambanye na Davis D muri Party People, amafoto ngo azobikwa, nta kabuza. Ivyabereye mu giteramo carangije umwaka wa 2022 arico party People, biracavugwa gushika…
Abakora akazi ko mu nzu, benshi mwita abayaya, baronse ihiganwa ryabo rya Miss, uwuzoritwara akaba ngo ashobora kuba ari Magali umwe mu bakozi bo mu nzu bazwi cane mu Burundi, nkuko bamwe batanguye kubinuganuga. Inkuru…
Ukudashigikira umugabo wiwe, Alvin Smith, mu bikorwa vyiwe vy'umuziki, Nirna avyerekanye ukundi, inyuma z'ibibazo bimwe bimwe vyibazwa. Mu misi iheze, Hari amakuru yakwirakwijwe hirya no hino ko Umugore wa Alvin…
Yago ngo muri uno mwaka wa 2023 agiye gutangura content kuri rwa rubuga rwiwe rwa YouTube rwiwe arirwa Yago TV show, aho azokorera na hano iwacu I Burundi, nkuko aheruka aheruka ku bishikiriza. Kuri uyu wa gatatu, uwo…
Indirimbo nshasha ya Sat-b iri mu nzira, naho hataramenyekana izina ry'iyo ndirimbo, canke igihe iyo ndirimbo izoshirirwa ahabona. Uwo muririmvyi kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 4/1 akaba yasangije…
Mu mpera z'umwaka 2022 niho yashira ahabona album yiwe yise "Hello Afrika"igizwe n'indirimbo 12 Igisigaye ngo ni ukuzunguruka mu ntara hagati kugira azisangize abakunzi biwe. Hari ihiganwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.