Indirimbo Energy ya Don Brighter afatanije na Social Mula, D one na Vania Ice yamaze gukwiza incuro 100,000 imaze kurabwa ku rubuga rwa Youtube rw'uwo muririmvyi. Iyo ntambwe iyo ndirimbo ishitseko, uwo muririmvyi avuga…
Inyuma y'ukuririmbana Indirimbo Wezere mu giteramo giheruka guhuza abaririmvyi Big Fizzo na Sat-b, abafana bamwe bamwe bavuga ko uwo woba Ari umugambi mubi cane. Umuririmvyi Sat-b ngo ukwo kuririmbana hagati yiwe…
Ivyo Alvin Smith yaragize imisi ariko aravuga ko bitamworoheye, birimwo abashira amajambo umugore, abatari bake baguma bavuga ko yoba ari Buzz, ariko umugore wiwe nawe yerekanye ko bwabundi atari Buzz, ngo n'ukuri.…
Umwaka wa 2023 ngo uzorangira umuryango wa Mugenzi Alfred Aubin benshi muzi nka Kigingi baronse ikibondo. Ico nico cizere guheruka gutangwa na Marina umutambukanyi wiwe biciye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Nkuko vy'ama…
Ngo za nduru zigize imisi zivuga hano iwacu zijanye n'indirimbo z'abanyamahanga zivuzwa cane hano iwacu, ngo s'aha gusa n'abandi bafise ivyo bibazo nyene. Abarundi ngo nibatekane bareke kurabisha urutoke…
Vyari bikiri indoto kubona abaririmvyi b'abarundi atamunyamahanga arimwo kugira bakore igiteramo ahantu hiyaguye. Bibaye ivy'imboneka rimwe hakazoba ari kuri Stade INTWARI, tumenyereye kubona habera…
Iyo uvuze Meili na B face mu muziki w'Uburundi ucawibuka amajambo yagiye yagiye aravurwa yuko bompi bihakanana kugira tumenye uwafashije uwundi biraduta kuw'amazi. Ku ruhande rwa B face ngo niwe yatumye Meili…
Indirimbo nshasha ya Kivumbi King na Kirikou Akili ngo iramota cane, ivyo n'ivyerekanywe n'abo baririmvyi uko ari 2 ku mbuga zabo za Instagram. Hakoreshejwe amashusho 2, abo baririmvyi babonetse bari kuri…
Ukuvuza indirimbo zose nkuko vyamye hano iwacu, ntigihurizwako na bose mu bakurikiranira hafi ivy'umuziki wa hano iwacu. Dj Paulin yaheruka gushikiriza ko yakuze yumva hano iwacu tuvuza Indirimbo za hose, ngo uno musi…
Salum Nassor azwi kw'izina rya Lolilo amaze imyaka itari mike mu mwuga wo kuririmba akaba yaravukiye mu muryango w'aba islam nawe akaba ari umu Islam. Lolilo hamwe twogira urutonde rw'abaririmvyi bafise…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.