Yanick Uttar ni umuririmvyi aririmba indirimbo zo kuninahaza Imana akaba asengera muri Holy center church irongowe na Apotre J Paul Manirakiza. Uwo muririmvyi mwamumenye cane mu ndirimbo ziwe nka Nzovuga, Ibendera…
Emery Sun na Meili ngo yoba ari Couple ya mbere muri Buja Flave, uko niko abagize ico bashikiriza kw'i foto yabo uko ari 2 babibona. Kuri uyu wa mungu, umuririmvyi Emery sun yanditse amajambo akomeye yandikira…
Uburyo umuririmvyikazi Esther Nish yambara ngo vyari bikwiye guhinduka, ivyo n'ibishikirizwa na Nelly Nat azwi cane ku kazi ka Queen of Buzz. Uwo mwigeme azwiko ukutumvikana n'abaririmvyi batari bake, avuga ko…
Ngo naho wogira gute, ntiwobesha umutima, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Kirikou mu kiganiro yahaye Bagenzi bacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yariko abazwa uko yumvise ijambo riheruka gushikirizwa na Big Fizzo…
Abaririmvyi 3 ngo nibo bariko bategurirwa ibiteramo ku mugabane w'Uburayi na Amerika, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Boris Evrard Mucowintore. Uwo musore asanzwe ari mu bategura ibiteramo muri Canada, avuga ko…
Abanyarwanda ngo boba bafise ico batinya ku barundi, kikaba arico gituma basa n'abashizeho imyugariro ku muziki w'abanyamahanga. Mugani Desire mu kiyago aheruka guha bagenzi bacu, yavuze ko abanyarwanda abatahura mu…
Mr champagne yatanguye gukeza D-one ko ari umuririmvyi akomeye Kandi abishoboye cane no mu karere ka Afrika bikunda ko yofatisha akoresheje impano yiwe. Yaciye agaruka kubutumwa bamwe na bariya babandanya batanga ku…
Yari yaramaze kubimenyesha ko agiye gukora ibiteramo 2 mu gisaga ca Bujumbura igenekerezo rya 24 na 25 Kigarama 2022. Yasubiye arabisigura neza ageze ku kibuga c'indege co mu gihugu c'Ubuganda agana i…
Nkuko twagiye tubabwira mu makuru yacu atandukanye, igiteramo citiriwe "Wangiriye neza"ubutigu burageze. Babifashijwemwo na Blue Harmony , Redemption voice igiye kubica bigacika, ivyo bakoze mu myaka 15 bagiye…
Mr champagne ngo kugira bikunde ashire album yiwe ahabona ntivyari vyoroshe kuko agerageje kuraba iyo album yamutwaye ayarenga imilioni 17. Album izwi kw'izina rya confirmation igizwe n'indirimbo 12 izoshirwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.