Dj Ira wa murundikazi akorera akazi ko kuvanga umuziki I Kigali mu Rwanda, avugishije benshi ku rubuga rwa Instagram, kubera ivyo aheruka gukoreshwa n'abitabiriye kimwe mu bikorwa yarimwo. Dj Ira n'umwe mu ba…
Ca kibazo c'abanyamahanga barumirwa bagahembwa neza gusumba abarundi ngo ata gihindutse gishobora guhamagarwamwo Umukuru w'igihugu. Impamvu ngo nuko abategura ivyo biteramo ari abanyamahanga bashira imbere inyungu…
Dj Paulin avuga ko agahaze ngo haboneke ama Sponsor mu ma Company ya hano iwacu ngo Kari muri Leta y'Uburundi. Mu kiganiro na Juste Gael, Bizimana yavuze ko abategura ibiteramo naho barabishwako urutoke ngo bahemba…
D - one n'umuririmvyi w'umurundi avuka mu Kanyanza indirimbo ziwe zikaba zandika amateka. Mu gukoresha impano yiwe yokuririmba vyatumye amenyekana cane ariko ngo yamana ubwoba bwejo hazoza hiwe nkuko…
Urukumbuzi abafana bari bafitiye umuririmvyi Big Fizzo rwagabanutse, kuko ya ndirimbo yari yemewe ko buca ishirirwa ahabona amasanamu yamaze gusohoka. Iyo ndirimbo izwi nka Ndabizi, ikaba yashiriwe ahabona amasanamu ku…
Mu gihe abaririmvyi b'abarundi ngo batanguye kwagurira ibikorwa mu Rwanda, n'abanyarwanda bakitabira ibikorwa i Bujumbura kugira bagire ico binjiza, ngo abakoresha imbuga ngurukanabumenyi zitandukanye nka Facebook…
Noneho Israel Mbonyi agiye guteramisha abarundi mu misi mikuru yo kurangiza umwaka. Ivyo nivyo vyumvikana mu butumwa uwo muririmvyi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana yashikirije abicishije muri Video yacishijwe ku mbuga…
Akazi ko gutwenza abantu ngo n'ubu abantu ntibaratahura ko ari akazi mu tundi, kandi ko gashobora kugutunga, kakanagutungira umuryango. Ivyo Kigingi yasubiye kandi kubivugako muri Raoul Comedy Garage yabaye kuri uyu…
Uwudakwiza imiriyoni 10 z'amafaranga ya hano iwacu, ngo ntari mu gitigiri c'abazosubira guhamagara umuririmvyi Sat-b ngo akore igiteramo. Ivyo biheruka gushikirizwa na Sat-b ubwiwe ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe…
Ku kibazo abatari bake bagize imisi bibaza ko umuririmvyi Alvin Smith yavanye n'umugore wiwe, Nirna, yahavuye atanga umuco kuri iryo vana ryiwe n'umugore rivugwa. Akoresheje urubuga rwa Instagram rwiwe, Alvin…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.