Fabilove aho aherukira mu Kinama yari ahazanywe na festival Sica, uwomusi akaba atashoboye kuririmba kuko imvura itamukundiye. Ariko igitangaje nko abari bishikiye murico kibanza ku kibuga c'umupira…
Mkombozi mu rugendo rwiwe rw'urukundo yarashoboye kuronka umwana amuvyara n'umukobwa atigeze ashima kwerekana ku mbuga ngurukana bumenyi ngo abantu bamumenye. Ico Mkombozi avuga ngo ni uko uwo mwana yamuronse mu…
Icivugo ciwe ca burimusi ngo n'ugukora uko ashoboye kose ngo Uburundi bumenyekane mu makungu, abicishije mugahogo kiwe. August Burundi mu makuru aheruka twarababwiye ko yarahiye ko umwaka wa 2022 utazorangira ataduhaye…
Abana bato nabo bari mu gitigiri c'abo umuririmvyi Olegue ashaka gukoresha mu ndirimbo ziwe nshasha ariko aratunganya muri ino misi. Uwo muririmvyi arindiranywe igishika cinshi, bivanye n'urukundo akundwa…
Mu gihe Yvan Muziki na Marina babarizwa i Dubai aho bajanwe n'ugukora igiteramo cari kuba igenekerezo rya 3 kigarama, ariko kikabona kwunguruzwa, ngo boba bamotako urukundo naho bashaka kubihishahisha. Nkuko amakuru…
Inyuma y'ukumara igihe abarizwa mu gihugu kibanyi c'Urwanda, uwo muririmvyi yatanguye kwagirizwa kubigana. Uwo muririmvyi akaba n'umwe mu banditse indirimbo Inzoga n'ibebi igize imisi mike iriko…
Naho tutazi ko ashobora kuba ariwe canke ari uwundi, ariko ya Ndirimbo Mugani Desire yemeye ko buca asohora, umudiho izoba irimwo ushobora kuba wamaze kumenyekana. Uwo nawo ukaba watanzwe na Manager wiwe ariwe Edith Stein…
Merveille benshi muzi nka Meili ngo igikorwa gishasha kiramota, ivyo uwo muririmvyikazi akaba aheruka kubishikiriza abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Akoresheje urwo rubuga nyene, yasangije abamukurikirana amashusho…
Ya misi myinshi ba basore bo muri Billiman Boy bamaze i Kigali, ntibayipfishije ubusa, kuko bwa bundi naho bari bajanwe na kamwe, bahavuye baca bagenda bafashije n'abandi. Hampande y'inzoga n'ibebi, Double Jay…
Ububiko bw'indirimbo za Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo ngo bwoba bwuzuye ibikorwa bishasha. Ivyo n'ivyumvikana biriko birashikirizwa n'abo muri Bantu Bwoy. Ikibura ngo hasohoke igikorwa gishasha ca…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.