Alvin Smith yavuze Nelly Nat mu kiyago yagiranye n'imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Uwo muririmvyi mu kiganiro na Hosy Irakoze ntiyigeze amuvuga mw'izina, ariko yumvikanye avuga ko uwo mwigeme yamuvuze cane,…
Ku ma genekerezo ya 13, 14 na 15 kigarama, i Washington DC, Umukuru w'igihugu ca Leta zunze ubumwe za Amerika, Joe Biden azoba aramutse yakirana inama ihuza ico gihugu c'igihangange n'abaserukiye ama Leta…
Mu mwaka uza wa 2023, umuririmvyi Yvan Muziki ngo azoba yamanutse i Bujumbura, aho azoba ajanywe n'ugushira ahabona urukurikane rwiwe rushasha. Uwo muririmvyi abarizwa muri ino misi i Kigali, mu kiyago yagiranye na…
Mu gihe hari hakiri impari ku mafaranga Sat-b azorihisha muri listening party, uwo muririmvyi yasutsemwo amavuta muri uwo muriro abafana bari bacanye. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram na Facebook, Sat-b yasangije…
Mugani Desire nawe yahavuye avuga kuri ca kibazo c'indirimbo z'abanyarwanda zivuzwa cane hano iwacu. Uwo muririmvyi asanzwe atarabana ryiza n'abatavuza umuziki w'abarundi cane, Aho yagira ico ashikiriza…
Ibebi n'inzoga ya ndirimbo ya Double Jay Kirikou na Bruce Melodie yahavuye isohoka. Aho n'inyuma yaho iyo ndirimbo ngo ibanje gukurwa ku rubuga rwa YouTube n'abantu batamenyekanye. Kuri uyu wa mungu, uwo mugwi…
Ibiheruka gushikirizwa na Sat-B ko buca yerekeza ku mugabane w'Uburayi bitanguye kutemerwa hakiri kare. Hampande y'ababivugiye ku rubuga rwiwe aho bamubwiye ko ubwo bushobozi bwo kuzunguruka uburayi atabwo afise,…
Mu makuru yacu twagiye turabashikiriza twarababwiye umuririmvyi 4show umu diaspora aba muri Reta zunzubumwe za America yuko agiye kurekura Ep yiwe. Imvugo rero yayishize mu mungiro urutonde rw'indirimbo…
Olga Lorie n'umuririmvyikazi amenyerewe cane mu muziki w'ikibiriraho(karaoke) hagati yaho aracishamo akaduha indirimbo ziwe. Indirimbo ziwe zikimota ubushasha ni "Basukule" na "Mwaga hela"…
Rwa rukurikirane rwa Channy rwariko ruvugwa ko ruzoshirwa ahabona, rwaramaze kuboneka ku mbuga zigurisha umuziki, nk'uko yari yavyemeye ko izoshirwa ahabona kuri uyu wa 30/11. Ivyo twabashije kubona n'uko urwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.