Ingingo yo gupima uburinganire bw'amatongo yose arimwa nk'uko itangazwa n'a Reta y'Uburundi,igamije guteza imbere igisata c''uburimyi kuko gushika ubu atabiharuro n'intonde z'amatongo…
Uwurongoye igipolisi muri komine Giharo yaragandaguwe atemaguwe ku mugoroba wo kw'igenerekerezo rya 2 Nzero umwaka wa 2024 atemagujwe imipanga ku mutumba Nkanka aho yagorobeje mu mirima yiwe .Abantu 9 bari bamaze gufatwa…
Nk'uko bishikiraizwa n'a bamwe mubanyagihigu bo muri zone Bigina ya komine Kayogoro mu ntara ya Makamba ,bamwe mubasanzwe baba aho Ubu bikora kumazi y'inzuzi ayo nayo akaba ashobora kubatera indwara…
Abantu bagera kuri 20 bitavye Imana mugitero cabereye mu gice ca Vugizo muri zone Gatumba bahambanywe iteka mw'itongo ry'abapfuye ry'i Warubondo. Ababuze ababo bari mugahinda, bakavuga ko bagitekewe…
Abakozi b'ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike BRA Manufacturing bazindutse basubira guhagarika akazi mu gitondo co kuri uyu wa 18 Kigarama 2023 basaba ko batunganirizwa mukuronswa amasezerano y'akazi…
Abarundi bangana na 2890 nibo bahagaritswe bagiye kurondera ubuzima mugihugu ca Tanzania kuva mukwezi kwa Rusama (5) gushika mukwezi kwa Munyonyo(11) 2023. Abo bakaba ari abafatiwe muntara ya Kigoma gusa, nkuko vyemezwa na…
Bamwe mubasanzwe barafovye ababo mw'itongo ry'abapfuye rya Ruziba mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura muri Komine Muha bavuga ko ubukene buri mu miryango buzotuma badashobora gushira mu ngiro ingingo iheruka…
Kuva mu ntango z'uyu mwaka, Reta yatanguje intumbero y'uko ata musore yoba acemererwa kwandikisha ubugeni muri komine aterekanye Ko yubatse inzu y'amabati.Ubuyobozi bwa komine Mugamba intara ya Bururi burashima…
Bamwe mu bakozi b'ishirahamwe rihingura ibintu bitandukanye vya plastike basaba kuronswa amasezerano y'akazi burundu hamwe no guhemberwa amasaha bakoze inyuma y'amasaha y'akazi. Abo bakozi…
Iyo imvura iguye, agasoko ka Gasozo muri komine Mubimbi intara ya Bujumbura karatwarwa n'amazi, bigatuma ibidandazwa bitwarwa, ibindi bikononekara. Abadandaza barahahombera, eka mbere na komine kuko amatagisi uyo munsi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.