Entertainmenthomepagekirundikirundi_Sports

Mkombozi ngo indirimbo mpuzamakungu niyo agira asohore

 

Mkombozi mu myaka irenga 6 yamaze atari mu Burundi yaje atubwira Ko afise ibikorwa vyinshi yakoreye mu mahanga, twagumye tubirindiriye tutabibona ariko ubu ngo aravuye mugacerere.

Nkuko yari yavuze ko azokora ibiteramo hagati mu gihugu cane, vyarangiye abishize mungiro kuko twagumye tubona ibiteramo vyiwe.
Ariko kucerekeye indirimbo yakoreye hanze ntiyaribwaduhe namba, uretse izoyagiye arakora n’abaririmvyi bo mugihugu nka B face hamwe na Chany Queen.

Indirimbo yiwe twari duherutse yitwa “Ninda yawe” yayikoreye Remix arikumwe n’umukunzi wiwe yita Mkombozine.

Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2023 niho yatangaza ko agiye kurekura indirimbo yise “Leo Leo ” izokorerwa muri i logos bafadikanije na Kora Entertaiment

Avuganye na Indundi Magazine yavuze ko atarashima kugira vyinshi ayivuzeko, ariko ngo iyo ndirimbo izoba arimpuzamakungu ni kuyirindira kandi nivuba cane.

Mbega yoba iri mu ndirimbo yoba yarakoze akiri mu makungu?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 868