Mu mpera z’twaraye dusozereye ku magenekerezo ya 29,30,31 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 19: Imirwi ikaba yatsindanye uku gukurikira: - Umugwi Muzinga Fc wari wakiriye Vital’o fc watsinzwe…
Abamenyereza b’intamba mu rugamba bamaze gutororokanya abakinyi 30 bakina mu Burundi bagiye gutangura Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zibiri zo kurondera itike yo kwitabira CAN 2022 , zizoduhuza na Centrafrique hamwe na…
Joslin Bipfuza yasubijwe muhira iwe i Makamba muri Aigle Noir kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Nzero 2021, Uburongozi bw’umugwi Aigle Noir bwagenye uwigeze kuba umumenyereza w’uwo mugwi Joslin Bipfubusa…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Nzero 2021, Uburongozi bw’umugwi Bumamuru bwahisemwo guha amasezero Harimenshi Alexis kugira aze kumenyereza uwo mugwi. Harimenshi Alexis akaba yahawe amabanga yo kumenyereza uwo mugwi…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league mu mpera zino ndwi ryari ryabandanije kundwi yaryo ya 18. Uku niko imigwi yatsindanye : - Inter Stars yatsinzwe na Flambeau du Centre ibitsindo 2-0 - Vital’o Fc yatsinzwe na Royal…
Inyuma yo kuronka amahirwe yo gutorwa mu bahagarikizi b’abarundi bazohagarikira inkino za CHAN rihuza abakinyi bakina mi bihugu vyabo , Umurundi George Gatogato agiye kumenyereza urukino rugiye guhuza Ubuganda…
kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021 , Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryasohoye urwandiko rwo kwugurura ikibuga Umuco kiri mu Ntara ya Muyinga inyuma y’inkino zibiri ata barorerezi…
Kuva kuri uyu wa gatanu gushika ku w’Imana igenekerezo rya 17 Nzero 2021 , ihiganwa rya Primus league rizoba ryabandanije kundwi yaryo igira 17. Uku niko imigwi igiye guhura : Kuri uyu wa gatanu 15/01/2021: - Isaha Icenda…
Inyuma y’indwi irenga igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus league kirangiye, mu mpera z’ino ndwi igice ca kabiri c’iryo higanwa kizoba gitanguye. Ku musi wa gatandatu 09/01/ 2021: - Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani…
inkuru ibabaje Nsabimana Immaculée nyina wa Manager w’intamba mu rugamba Mutima Constantin yaraye yitavye Imana akaba ari nawe muvyeyi bari basigaranye. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 19 Kigarama 2020 isaha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.