Kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 30 Ruheshi 2020, niho Komite y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) yakoze inama yo gufata ingingo yigiza imbere amahiganwa yayo abiri, ndetse iranafuta ayandi…
Ku mugabane wa Afrika hamaze kuba abanyegori batari bake b'ibihe vyose bamaze kwandikisha amateka mu kwitwara neza mu mahiganwa akomakomeye kw'isi. Uwufata ikibanza ca mbere mu banyegori bakomeye akaba ari umunya…
Mu kiganiro yakoranye na Afrique Media, uwigeze kuba umenyereza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba umunya Algeria afise ubwene gihugu bw'ububirigi Adel Amrouch yavuze ko adashobora kumenyereza mu…
Umukinyi wo hagati mu mugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba yari asanzwe akinira Bugesera Fc mu gihugu c'uRwanda Mustapha Francis Njali yavuze icatumye atitwara neza mw'ihiganwa ryo muri uno mwaka. Mustapha…
Uburongozi bw'umugwi Ac Muhanga uri mu cicaro ca mbere bwaraye bwemeje ko bumaze kwumvikana n'umumenyereza w'umurundi Ismail Nduwantare inyuma yo gutandukana nuwari umumenyereza w'uwo mugwi Mbarushimana…
Nkuko twabibabwiye mu nkuru zacu, ishirahamwe ry'imvukira za Zone Jabe zaratunganije ihiganwa rya Basketball rikaba ryahuje imirwi 6 ihurikiye mw'ishirahamwe rya basketball I bujumbura ACBAB. Gymkhana na New stars…
Abarundi barayamaze ngo akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze, Inès Nezerwa yaraye amenyesheje ko agiye kuva ku mugabane wa Amerika yerekeze i Bulaya mu Budagi. Damen basketbal Bundes ligen niho umurundikazi yahoze…
Mu ntumbero yo guhimbaza yubire y'imyaka indwi ishirahamwe ry'imvukira za Jabe ritanguye gutunganya inkino za Basketball hano mu gihugu iwacu, haratunganijwe ihiganwa rihuza imirwi itandukanye. Mu bakiri bato…
Kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 27 Ruheshi 2020, ihiganwa ryo mu gihugu ca Turky ryari riteye ku ndwi yaryo ya 29 . Umugwi fenerbahce wari wakiriye umugwi Yeni Malatya Sport ukinamwo umukinyi w'intamba mu rugamba…
Hano kw'isi umuntu wese afise abantu akunda kurusha abandi, canke ikintu akunda gusumba ikindi , na Lionel Messy niko kwuko. Kizigenza w'umugwi Fc Barcelona Lionel Messi yavuze abakinyi 5 yemera kw'isi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.