Mu myaka ya 2003 , izina rya Juma Mossi ryari izina ry'umukinyi akomeye cane w'umurundi yari rurangiranwa mu makungu. Uwo yari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka 22 iheze Juma Mossi niwe mukinyi wa mbere…
Mu kiganiro Indundi TV yakoranye n'uwurongoye na Musongati Fc, Honorable Denis Karera, kuvyerekeye kahise kiwe k'umupira w'amaguru, ndetse n'ingene biteguriye urukino rwanyuma( Finale )rw'igikombe…
Umugwi Espoir Fc ukina mu cicaro ca mbere waguze Irakoze Dieudonné, akaba yashize umukono Ku masezerano yo gukinira uwo mu gwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c'uRwanda mu kiringo c'imyaka ibiri . Akaba agiye…
Mu mpera zino ndwi niho hazoserwa ihiganwa muri volleyball nkuko Innocent Iradukunda arongoye ubuhinga mw'ishirahamwe rya volley ball i bujumbura yabimenyesheje.Ikibuga ca parquet nico kizokwakira ihiganwa kuri uyu wa…
Uburozi bwinshi bwakoreshwa cane muri TP Mazembe nibwo bwatumye Irambona Njali Abdallah adakinira umugwi ukomeye cane muri Afrika nka TP Mazembe wo muri Repubirika iharanira demokarasia ya Congo. Uwo yigeze kuba umukinyi…
Largie Ramadhan Umurundi akanagira n' ubwene gihugu bw'u Bubirigi ku myaka 19 yahora akinira Manchester United umurwi w'abakiri bato wa B, yanse ko yongereza amasezerano muruwo mugwi yerekeza…
Umugwi Espoir Fc wo mu gihugu c'u Rwanda waguze Myugariro avuka kuri Se w'umunya Rwanda nyina akaba umurundi. Nahimana Ismail w'imyaka 21 yashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi Espoir Fc wo mu…
Amakuru dukura mu bamenyeshamakuru b'inkino mu gihu c'u Rwanda amenyesha ko Rayon Sports imaze kugura umusatirizi w'umurundi Nihoreho Arsène yafashe ikibanza ca gatatu mu bakinyi binjije ibitsindo vyinshi…
Kuri uwu wa Kabiri w'igenekerezo rya 30 Ruheshi 2020, niho umugwi Namungo Fc ukinamwo abarundi nka Steeve Nzigamasabo hamwe na Blaise Bigirimana wakira Alliance mu rukino rw'igice ca Kane gishira icanyuma…
Inyuma yo gutanga umupira mwiza wavyaye igitsindo mu ndwi iheze ndetse akanatsinda igitsindo ciwe ca mbere muri Turkie kikanaba n'icambere ashitse muri Yeni Malatya Sport , Ndayishimiye Youssuf Nyange yashizwe ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.