Umukinyi Nduwimana André batazira Tokoto akina kuruhande hamwe na Ndoriyobija Eric batazira Evra, akina inyuma bamaze amezi arenga kw'icenda bafungiwe mu gihugu c'u Rwanda mw'ibohero rikuru rya Nyarugenge riri…
Umukinyi w'umusatirizi wa kera w'umugwi Manchester United Wayne Rooney yashoboye kuvuga y'uko ivyo Mohammed Salah ariko arakora mu Mugwi Liverpool nivyo Cristiano Ronaldo yigeze gukora mugihe bari bagikinana…
Nkuko mubizi ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryo muri uyu mwaka wa 2019 ushira uwa 2020 ryaraye rirangiye . Umugwi Messager Fc w'ingozi niwo watahukanye igikombe co muri uno mwaka . Buri mwaka iryo ihiganwa riheze…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league ryaraye rigeze kumusozo. Uku niko imigwi yaraye itsindanye : - Les lierres yaraye inyagiwe na Aigle Noir CS ibitsindo 6 kuri 1 - Flambeau du Centre yaraye inyagiye…
Mu kiganiro Lionnel Messi yakoze na kimwe mu bimenyeshamakuru vyo muri Espagne yavuze ko mu buzima bwiwe amaze gusaba umukinyi umwe gusa ngo bakabe umwambaro, uwo nawe s'uwundi n'umumenyereza wa Real Madrid…
Mugihe ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league 2019-2020, ryaraye rirangiye haraye hamenyekanye umusatirizi yinjije ibitsindo vyinshi gusumba abandi uwo nawe ni Iddy Museremu akinira umugwi Messager Ngozi umaze…
Kuva agitangura akazi ko kumenyereza ni ubwa mbere Jimmy Ndayizeye atwaye igikombe ca Primus league Burundi. Akiri muri Academic Tchité yaratahukanye igikombe bita confédération kigereranywa na coupe du président akaba…
Umumenyereza w'umugwi Real Madrid Zinedine zidane yavuze umukinyi w'inyuma yemera cane gusumba abandi kw'isi. Zidane yavuze ko yemera Sergio Ramos gusumba abandi bakinyi kw'isi, akaba ari umukinyi…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ruheshi 2020, niho abafana b'intamba mu rugamba bari bishikiye kuri Maire nkuru ya Bujumbura gutera umukono mu gitabo c'iteka mu gutera iteka no kwunamira nyakwigendera yahoze…
Inyuma yo kunyagira Rukinzo Fc ibitsindo 4-2 mu Rukinzo rwaraye rusozereye ihiganwa rya Primus league ryo muri uno mwaka , umumenyereza wa Vital'o Fc Sahabo Pariss yagize ico ashirikiza abamenyeshamakuru bari bishikiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.