Ku musi wa gatandatu Igenekerezo rya 10 gitugutu 2020 isaha 10h00 Ku kigo ca Muse Vivant , niho umugwi Vital'o Fc uzoba wakoze inama ya bose kugira barabe ingene bokwiga ibibazo biri muriwo na rirya umaze imisi utariko…
Umumenyereza w'intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye ahejeje kumenyesha ko umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazaq atazokwitabira urukino rwa kivandimwe ruzohuza Intamba mu rugamba na Tanzania Ku musi…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 05 Gitugutu 2020, niho umugwi Zulte weregem watije Kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino mu mugwi Royal Charleroi Sporting Club wo mu cicaro ca mbere nyene mu gihugu…
Icegera c'umumenyereza w'intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye niwe azojana n'umugwi i Dar es salaam kumvo z'uko Umumenyereza Mukuru Olivier Niyungeko azoba afatiriwe n urubanza rw ' ubugeni, akaba…
Umumenyereza w'umugwi Inter Star Hussein Welo ari mu biganiro n'umwe mu migwi yo mu gihugu ca Tanzania . Ivyo Indundi Sports ikaba yabimenye inyuma y'ikiyago gito yakoranye nawe aho twamubajije impamvu…
Inyuma y' imyaka ibiri iheze Muzinga itatsinze urukino na rumwe, uwo murwi ubandanya utangaza imirwi myinshi, ukaba warirahiye imirwi nka New stars mw'ihiganwa rya ACBAB , utsinda mu gikombe citiriwe incungu…
Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 03 Gitugutu 2020, imbere y'uko urukino rw'indwi ya 5 rwahuje Musongati Fc na Kayanza United ruba abakunzi b'inkino bahurikiye mu Mugwi bise BCM ( Best Coach Of The Month…
Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu wa Taifa Stars muri Tanzania Umurundi Etienne Ndayiragije yaraye asohoye urutonde rw'abakinyi 25 bazotana mu mitwe n'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba mu…
Umukinyi wo hagati w'umugwi Olympic Star Kwizera Eric Kirungo atanguye kuronderwa n'imigwi yo mu gihugu c'Urwanda inyuma yo gutsinda igitsindo ciza cane ku ndwi ya 4 ya Primus league arinze gucenga abakinyi…
Umukinyi wa kera wa Vital'o Fc Nduwayo Stanley batazira Maradona yavuze abakinyi yigeze kuba yemera mugihe yari akiri umukinyi. Uwo mukukuruke yabiciye bigacika muriyo myaka yaheze, kuri micro ya Indundi TV yavuze…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.