Hari kuri uyu wa mbere w'igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, aho umunyamabanga w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Jérémie Manirakiza yatanga imvo yogutsindwa impaga Ku migwi ya Bumamuru…
Umukinyi w'umurundi Nduwarugira Christophe benshi bazi kw'izina rya Lucio yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi LEIXOES Sc ukina mu cicaro ca kabiri muri Portugal . Ku makuru twaronse ni uko uwo…
Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 5 Nyakanga(09)2020 muri komine Nyanza-Lac, niho haba ihiganwa ry'abagendesha amakinga ku rwego rw'igihugu, Ibirori vyo gutangura iryo higanwa bikaba vy'uguruwe icese…
La nouvelle du départ du roi de l'équipe de Barcelone Lionel Messi vers une autre équipe a fait l'effet d'une bombe dans le monde du football Une nouvelle qui a fait en sorte que le nom de Messi soit le…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 2 Nyakanga 2020 , uwurongoye ishirahamwe ryo gusiganwa n'amakinga mu Burundi Iryumugabo Arnaud Patrick yaremesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru mu bigo vy'ubushikiranganji…
Mu mpera zino ndwi turimwo hazokinwa ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga mu ma komine abiri Nyanza lac na Mabanda yo mu ntara ya Makamba nkuko tubibona kucapa cerekana aho abahiganwa bazoca ku ma genekerezo ya 5 na 6 Nyakanga…
Umurwi wa Namungo fc wo mw'ihiganwa Vodacom premier League wo muri Tanzania ukinamwo Blaise Bigirimana na Steve Nzigamasabo umenyerezwa n'umurundi Haruna waraye usinyishije umunyegoli w'umurwi nserukiragihugu…
Kuri uyu w' Imana igenekerezo rya 30 Myandagaro niho hakinwa ihiganwa rya Taekwondo mu bigo vyahahoze Athénée primaire . Iryo higanwa ryari mu mice ibiri. Umuce wa mbere hahiganwa abana 38 bari hagati y'imyaka 10 na…
Umukinyi wa kera akongera akaba umurundi umwe rudende amaze gufasha umurwi wo mu Burundi gutahukana CECAFA mwigori y'imirwi Méthode Bipfubusa amaze igihe gito ari umumenyereza w'abanyegori mu murwi wa Kayanza United…
Uko umwaka utashe imbere yuko ihiganwa ritangura hasigaye indwi imwe barakina igikombe ca Super coupe gihuza umurwi watahukanye ihiganwa ry'igihugu Primus ligue hamwe na ekipe yatahukanye igikombe c'umukuri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.