Inyuma y'aho inkino z'indwi ya 4 ya Primus league zirangiriye, abakinyi 3 nibo bari kw'isonga mu bakinyi bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi gusumba abandi abo nabo akaba ari Franck Nzojibwami wa (Aigle Noire)…
Ku magenekerezo ya 26-27 Nyakanga harakinwe inkino z'igikombe citiriwe Incungu, iryo higanwa rikaba ritunganywa n'ishiramwe Pax Foundation rifadikanije na Aigle Noir Sport Club muntumbero yo kwibuka no kuzirikana…
Kuri uyu w'imana igenekerezo rya 27 Nyakanga 2020 , niho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona Urutonde nyezina rw'abakinyi b'intamba mu rugamba bagiye gutangura…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga 2020, Umugwi Namungo Fc wari wakiriye umugwi Kagera sugar mu rukino rw'indwi ya 4 y'ihiganwa ryo muri Tanzania Vodacom Premier League, urwo rukino rukaba rwarangiye…
Umumenyereza w'intamba Alain Olivier Niyungeko yashize ahabona abakinyi 20 b'intamba mu rugamba Uburundi buzokwifashisha mu rukino rwa kivandimwe ruzobahuza na Tanzania ingenekerezo rya 11 Gitugutu 2020 ku kibuga…
Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k'umwana 2019-2020. Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3 bonyene nabo akari ari…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Nyakanga 2020, komisiyo y'ubuhinga mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB irongowe na Gishikizo Jean Pierre hamwe n'ibiro bijejwe ubuhinga yashoboye…
Inyuma y'ikiganiro n'icegera ca Prezida wa Vital'o Fc Evariste Mukurarinda n'abamenyeshamakuru akabasaba ko bobwira Saido Ntibazonkiza yuko yogaruka mu Mugwi Vital'o Fc , Saido Ntibazonkiza yahavuye…
Ikibuga c'umugwi Aigle Noire The Fithers citiriwe izina rya Peace Parck Complex Petero Nkurunziza catanguye gushirwaho intebe za kijambere, ico kibuga kikaba kiri mu ntara ya Makamba ku mutumba wa Gisenyi. Nico kibuga ca…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules yaguzwe n'umugwi Gormahia wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya . Jules Ulimwengu akaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.