Ihiganwa rya Handball ryarabandanije mu mpera z'ino ndwi ku bibuga vya SOS na CECINGA imirwi ikaba yarerekanye ubuhinga budasanzwe muri urwo rukino twovuga ko rwateye imbere hano iwacu. 0 Izo nkino zari zigeze ku ndwi…
Kuri uyu wa Mbere igenekerezo rya 21 Nyakanga 2020 , niho Umusatirizi yinjije ibitsindo vyinshi (19) mw'ihiganwa rya Primus league 2019-2020, Iddy Museremu yafashe indege yerekeza mu gihugu ca Tanzania . Akaba…
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba hamwe na Vital'o Fc Saido Ntibazonkiza yuguruye imangazine yo kugurisha imyambaro iriko iritazirano ryiwe yise Lion 10. Iyo myambaro yiwe ikaba ari Imipira bita ama T…
Ihiganwa rya Basketball mu gisagara ca Bujumbura ryarabandanije ku munsi waryo wa kane aho imirwi itandukanye yerekanye ubuhinga budasanzwe . Kern ikinamwo Ninziza Alvin yagumye mu kibanza ca mbere. Umurwi Kern wafashe…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Nyakanga 2020, ikinyamkuru Orange football Club cashize ahabona abakinyi 11 b'abanya Africa bigeze kuba rurangiranwa muri kino gihe ata migwi bafise babarizwamo. Muri urwo…
Kizigenza w'umugwi nserukiragihugu wa Gabon Pierre Emerick Aubameyang yongereje amasezerano yo gukinira umugwi Arsenal wo mubwongereza. Akaba yashize umukono ku masezerano yo kubandanya akinira uwo mugwi Arsenal mu…
Hari ku mugoroba wo Ku musi wa gatanu Igenekerezo rya 11 Nyakanga 2020, aho abagize ishirahamwe Mu mryango w'abagenzi bo kumutima batunganije ibirori vyo gukeza Manirakiza Marc batazira Poshen aherutse gutorwa…
Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 10 Nyakanga 2020, niho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu bwongereza ryashira ahabona abakinyi 11 bitwaye neza mw'ihiganwa rya Premier league 2019/2020. Muri urwo rutonde…
Mu mpera zo muri ino ndwi ni ukuvuga Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 12 n'uwimama igenekerezo rya 13 Nyakanga 2020, ihiganwa rya Primus league rizoba ryabandanije kundwi yaryo ya 2 . Uko Niko imigwi…
Inyuma yo kwimura inkino zo gukurakuranamwo zo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma za CAN 2021 kumvo za coronavirus izo nkino zigiye gusubira gukinwa mu kwezi kwa Gitugutu . Umugwi Centrafrique uri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.