Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo, ngo urugendo arimwo ku mugabane wa buraya ngo s’urugendo rw’akaruhuko nkuko abatari bake bavyibaza, ahubwo baratahutse. Mu kiganiro yagiranye na Isanamu Media, Uwo muririmvyi yavuze ko…
Inyuma y’igaruka rya Mkombozi mu gihugu ciwe c’amavukiro, uwo muririmvyi ngo agize igihe aboneka ibikorwa vyiwe abikorera mu gihugu ca Tanzania, ico kibazo abatari bake ngo bafise uwo muririmvyi yagitangiye inyishu. Mu…
Abarundi baba mu mahanga bahurikiye mw'ishirahamwe rya Diaspora Ndundi, bamaze iminsi itari mike bahanahana ivyiyumviro k'ubuzima bwa Diaspora Ndundi no ku migambi mikuru mikuru iryo huriro ry'abarundi…
Mu kiganiro yakoze kuri indundi Tv mu mpera z’umwaka wa 2021 yavuze ko ari mu myiteguro ya album yiwe agiye gushira ahabona mu ntango z'umwaka wa 2022 mu kwa gatatu, mu kubandanya turindiriye ko imvugo yoba ingiro iryo…
In a press briefing moderated this Saturday 30 march 2022 by the Minister of Interior, Community Development and public security, Gervais Ndirakobuca explained how fruitful is the recent decision to limit bikes, motorbikes…
Dans un point de presse animé ce mercredi 30 mars 2022 par le Ministre de l’interieur, du développement Communautaire et de la securité publique Gervais Ndirakobuca donne la lumière sur la mise en application de la récente…
Tuvuze umuririmvyikazi ibikorwa vyiwe vyama biri ku gihe akwiye kubera n'akarorero abandi baririmvyikazi mu gushira umwete mu bikorwa vyabo, dutoye Natacha ntitwoba twihenze. Vyongeye yahawe ubutumire nk'umwe mu…
As part of the implementation of its national roads network maintenance programme, the road agency of Burundi entrusts certain activities to local development cooperatives. The contract relating to these activities was signed…
Mkombozi igihe kirekire atabarizwa mu gihugu c'Uburundi hafi imyaka 6 n'ubwo yagarutse yasanze ingwara ya Covid- 19 itorohereza abaririmvyi gukora ibiteramo, biri mu vyatumye adategura igiteramo ngo aryohere…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 28 Ntwarante 2021 mu kibanza ishirahamwe AMB rikorera ( Palais des arts), uburongozi bushasha bwatowe mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi bwarakoranye mu nama ya mbere kuva ubwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.