Naho hataramenyekana neza igihe, ariko ngo Papa François ashobora kugendera Afrika y’ubuseruko, igihe akanya kazoba kabonetse. Ari nka hamwe bibaye Pape François akaba azoba agendeye Africa y’ubuseruko ubugira gatatu kuva mu…
Igipolisi co mu buhindi cahavuye gifata isaha izimvye cane y’umuhisi Diego Maradona yari yibiwe i Dubai haraheze imyaka. Hampande y’ugufata iyo saha izimvye cane yakozwe n’uruganda rwo muri Suisse rukora amasaha rwitwa…
Abo ni bamwe mu banyagihugu bo muri karitiye ya Gasenyi, komine Mutimbuzi mu gisagara ca Bujumbura batswe amatongo ata muzibukiro bahawe. Nk'uko bishikirizwa na Emmanuel Niyongabo aserukira abo banyagihugu batswe ayo…
La Commission National Indépendante des Droits de l’Homme CNIDH en sigle a organisé jeudi 23 décembre 2021 à Bujumbura, un atelier de validation de l’étude sur la problématique de la maltraitance des enfants au Burundi sous…
Umwaka w'akaruhuko zinedine Zidane yihaye ngo coba atarico kiri mu mutwe, ariko Ari ubundi bwoko bw'umukenyuro kugira abashe kugira ico aronka neza. Umwe mu begereye uwo mumenyereza rurangiranwa, yavuze ko Zidane…
Mu gihe imbuga-hwaniro zitandukanye ziriko zirakora ibishoboka vyose ngo biyegereze abantu benshi bashoboka, Neymar naho yavunitse, we yironkeye agafaranga muri urwo rugamba rukaze. Guhera kuwa 17/12 umukinyi wa PSG, Neymar…
Inzu ihinyanyura impuzu Dior yahaye amasezerano umwe mu bakinyi bakomeye kw'isi, Kylian Mbappe. Mbappe ahawe amasezerano mu gihe umugwi asanzwe akinira, PSG, nawo waheruka kugiriranira amasezerano n'iyo nzu ihingura…
Birazwi ko abagore bahitamwo kuja ku muganga w’umugabo gusumba umuganga w’umugore, mu gihe ari umuganga azwi mu kinyamazuru nk’umu gynecologue. Mu butaliyano, umugabo w’imyaka 40 y’amavuko yafashwe n’igipolisi arafungwa,…
Inyuma y’imisi bagize igihe bataha isaha 6 z’ijoro, Ubu Mu Rwanda nta wemerewe kuba ari inyuma y’urugo isaha 4 z’ijoro, kiretse yabiherewe uruhusha. Mw’itangazo ryasohowe n’umushikiranganji wa mbere w’Urwanda Dr. Edouard…
Imodoka, inzu n’ibindi bikoresho bitandukanye umukinyi w’umupira w’amaguru Diego maradona yakoresheje akiri muzima, ngo bigiye gushirwa kw’isoko bigurishwe. Idandazwa ry’ivyo bikoresho ngo vyemejwe n’abana biwe, kugira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.