Uwudafise urukingo rwa Corona Virus arekuriwe gukora ibintu biharurwa ku ntoke mu gihugu kibanyi c’Urwanda, aho ni inyuma y'aho habonekeye umugera mushasha wa Corona witwa Omicron ari nawo uhangayikishije isi. Guhera…
John Peter Hakizimana azwi nka John Classic, ni umurundi yavukiye mu gihugu kibanyi ca Repubirika yunze ubumwe ya Tanzaniya, akaba gushika ubu aba muri Canada. Uwo musore ariko aritwara neza mu muziki asanzwe aririmba…
Ado Josan ngo niwe muririmvyi yakoze neza muri uno mwaka wa 2021 duheruka gusezera. Ivyo bishikirizwa na Daddy Face mu kiyago yagiranye n'imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, Daddy Face akaba abona ko…
Bobona ngo ari mu gitigiri c'abazotora umuvyeyi Mama Eden mu kibanza c'umukuru w'ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi. Ivyo uwo muririmvyi akaba adahengeshanya kubishikiriza. Ku rubuga rwiwe rwa WhatsApp…
Aramaze gukora amateka kw'ijwi ryiwe riryohera benshi kuko no k'umuziki w'ikibiriraho arabica bigacika, kanatsinda abifisemwo uburambe, kuva umuhisi Soso k akihari yari bitumwako mu gufata ama refrain. Yahavuye…
Amaze igihe kirekire muri uwu mwuga wo kuririmba uravye k'urubuga rwiwe rwa youtube Aimé M urabona ibikorwa vyiwe vyose yamara abikorera mu mahanga kuko ninayo asanzwe aba. Album yiwe yasohoye 2020 izwi kw'izina rya…
Kuwa 2 nzero umwaka w'2022 hazoca uwambaye muri Arizona muri Reta zunze ubumwe za Amerika aho abaririmvyi b'ababarundi batandukanye baba muri ico gihugu bazoteramisha benewabo baba muri ico gihugu mu ntumbero yo…
Ni umuririmvyikazi benshi bamenyereye mu muziki w'ikibiriraho ( live music) yamara nta gihe kinini amaze yafashe umwanzuro wo gusohora indirimbo ziwe bwite. Tuvuze ko atarahusha uko asohoye indirimbo ntitwoba dushikuje…
Samuel Eto’o Fils yahoze ari umukinyi akomeye w’umupira w’amaguru ariko uno musi asigaye atwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca Cameroun ngo araheranye bikomeye. Uwo mugabo w’imyaka 40 y’amavuko ngo araheraniye…
Indege zirenga 8 000 zarahagaritse ingendo zazo mu mpera z’indwi ya Noeli muri Leta zunze ubumwe za amerika. Hampande y’izo ngendo zahagaritswe, hari n’izindi zitari nke zegejwe inyuma muri iyo mpera y’indwi, mbere…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.