Ikibazo c’abavyeyi badandariza mu gisagara hagati ca Bujumbura, ngo kiraraje ishinga abatware ba Komine Mukaza, nkuko Musitanteri w’iyo Komine aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye bagenzi bacu. Muri ico kiganiro, yavuze…
Urukurukuru ruhari uno musi nuko umugabo yitwa Zinedine Zidane ashobora kuja kumenyereza umugwi wa PSG ari nka hamwe umukenyuro abanya Qatar bariko barategura wongenda nkuko bashaka. Iyo nkuru ikaba ije gushirwako akaburungu…
Abantu ntibakira ibintu kumwe, mu gihe Big Fizzo na Koffi Olimide bose baheruka kubirwa bakiri bazima, Big Fizzo yabonetse yajumarariwe, nayo Koffi we agatwengo kamwishe muri Video yasangije abantu kuri Instagram yiwe. Mu…
Muri rino ci, Sergio Ramos niho yifatanya n’umugwi wa PSG wo mu bufaransa, akaba yashitse muri uwo mugwi ata mafaranga uwo mugwi utanze kuko amasezerano na Real madrid yahoramwo yari yari yamaze kurangira. Ramos mu mezi 4…
Abakurikiranira hafi ivya Steve Derrick umwe mu bamenyeshamakuru ba Sport bakunzwe cane, baramenye ko uwo mumenyeshamakuru yaragize imisi ari I Kigali. Urwo rugendo yakoze ava muri Swede gushika I Kigali, ngo ntikari…
Hagize imisi hari impari kubera indirimbo 2 Hug me ya Sat-b na Otile Brown hamwe na Affection ya Olga Lorrie na Big Fizzo. Izo ndirimbo zikaba zagumye zipimanishwa, bazigaraguza agati kugira babone nziza iyariyo, iyanditse…
JF Imanzi Fm ni imwe mu nsamirizi nshasha zuguruye mu gihugu kibanyi c’Urwanda, iyo nsamirizi ikaba icishwako ibiganiro bitandukanye, ariko vyinshi murivyo bikaba bizogaruka cane ku bijanye n’ukwigisha cane ibijanye…
Cristiano Ronaldo ngo agiye gusubira kwakira abandi bana mu muryango wiwe uno musi ugizwe n’abana 4. Ivyo uwo mukinyi wa Man U akaba ahejeje kubishikiriza ku rubuga rwiwe rwa Instagram ruza mu kibanza ca Mbere mu…
Ibihugu 3 vyo muri Afrika, Afrika y’epfo, Senegal n’Urwanda nivyo bigeye gutangura gukora inkingo za Covid-19. Izo nkingo zikaba zizoba ari izisanzwe zikorwa na Biontech. Mu nama iriko ihuza abashikiranganji b’abanyafrika…
Ir Peris Saxe Gateka uno musi ngo abarizwa muri Asia aho yagiriye urugendo rw’akazi nkuko tubikesha ikinyamakuru Humuriza TV International. Uwo mutware akaba yakoze urwo rugendo mu ntumbero yo kuganira na rimwe mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.