Les activités de la Commission Vérité et Réconciliation battent le plein. C’était vendredi 10 Septembre 2021, sur la colline Rwasazi, commune et province Muramvya, quand ladite commission a poursuivi les activités…
Mu kiganiro aheruka gutanga umukuru w’igihugu kibanyi c’Urwanda Paul Kagame, yavuze ko atazota umugwi wa Arsenal ngo nuko uno musi utifashe neza, kuko ibihe bariko baracamwo bashobora kubisokokamwo umwanya n’umwanya. Muri ico…
Francine Niyonsaba I Tokyo mu buyapani aho yari mu nkino za Olympique ngo yararenganijwe, ivyo n’ibishikirizwa n’umumenyereza wiwe barikumwe, kandi yanakurikiranye ivyabaye. Mu kiganiro na n'ikinyamakuru Akeza, uwo…
Mu Kibanza bamesuriramwo impuzu bakoresheje imashine hatowe amafaranga angana n'20,000,000 z'amafaranga ya hano iwacu. Ayo mafaranga yatowe muri ico Kibanza akaba yaciye ahabwa Igipolisi nkuko bishikirizwa…
C’est le message annoncé mercredi le 8 septembre 2021, en Province de Mwaro, lors du lancement des travaux visant à identifier les fosses communes qui ont englouti les victimes des atrocités qui ont frappé le Burundi en 1972…
A la fin bientôt de la deuxième décennie d’existence, l’Union africaine a atteint la majorité. Il est utile de combiner dans un double regard rétrospectif et prospectif, l’évaluation du chemin parcouru depuis 2002 ainsi que…
https://youtu.be/Gr9Yu0TmYxw Mu gitondo co kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 8 Nyakanga 2021, umurwi w’igihugu ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR watanguje ibikorwa bijanye no kurondera ahari ibinogo rusangi…
Umusatirizi w'umugwi w'abafaransa PSG, akomoka muri Bresil, Neymar ngo amafaranga uwo mugwi wamutanzeko waramaze kuyunguka. Imiliyoni zirenga 448 z'amafaranga ya buraya niyo ngo uwo mugwi wasohoye kuri uwo…
Uwo mukinyi wa kera wa PSG avuga ko kuba bafise umugwi witwa ko urimwo ibihangange atarico gisigura ko bazoca batsinda Ihiganwa rya Champions league. Mu kiyago yagiranye na DAZN yavuze ko uwo mugwi uno mwaka utazotahukana…
Miss Dative Uwimana avuga ko naho atari bose ariko ngo urwaruka rw’abarundi rutari ruke ngo n’ibinebwe. Uwo mwigeme asanzwe afasha abantu gutembere igihugu cacu c’Uburundi avuga ko urwo rwaruka rwari rukwiye guhaguruka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.