Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 12 Gitugutu umwaka w’2021, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Angeline Bayubahe Ndayishimiye yaramutse agarukira ku bana bagendana ubumuga bwo ku mubiri no mu mutwe barerewe ku kigo Isange…
Uwutarumva Audio ya Niyonsaba, yarahomvye kanini, kuko hampande y’iyo yaheruka gukora ashimira abamusengeye, ubu naho yakoze iyindi yipfuriza abamukurikirana Week end nziza. Francine Niyonsaba kuri uyu wa gatanu yasubiriye…
Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 8 gitugutu 2021 niho abantu batandukanye baherekeje umuvyeyi w'umuririmvyikazi Mireille Kami. Urupfu rwiwe rwabereye mu gihugu ca Kenya ariko barakora ibishoboka vyose ikiziga ciwe…
Hari itangazo riherutse gushikirizwa n’ishengero rya Katorika mu Burundi rivuga ko hariho abantu bariko baratanga “ishano” mu mpande zitandukanye zigize igihugu c’Uburundi. Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu…
Imbibe Uburundi buhana n’igihugu kibanyi c’Urwanda gushika n’ubu ntizirugururwa n’ubwo ku mpande zompi bemeza ko imigenderanire iriko iranaguka. Ivyo biri uko mu gihe imbibe Uburundi buhana n'ibihugu vya Tanzaniya na…
Après la compétition avec les autres leaders venus des grandes universités des Etats-Unis d’Amérique, Siboniyo Jean Belchmans, Président et CEO (Chief Executive Officer) de AMEBE (Association of Mentors for Business and…
“Umugano warakoreye umugambwe i Mugamba, Micombero aragahora ku ngoma”. Ayo ni amwe mu majambo yari mu ruririmbo rwaririmbwa n’abariko baragandagura bunyamaswa abantu mu 1972 mu ntara ya Mwaro bivuye ku migano bakoresha mu…
Umurwi w’igihugu ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR waraye ushize ahabona ibisigarira birenga igihumbi vy'abantu bishwe mu rwimo rwo mu 1972 umaze gutora mu binogo rusangi mu ntara ya Muramvya.…
Ce samedi 11 septembre , le Centre Giriteka a donné un kit scolaire à 6o élèves (1ère à 9ème), enfants des femmes victimes des violences faites aux femmes de la colline Kamesa encadrées par ce centre. Ces femmes sont…
Mu gihe ikiringo bari bahawe carangiye kuwa 31 Myandagaro 2021, ingingo ruhasha zafashwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura Jimmy Hatungimana guhera uno musi ku bantu batari bwabomore amazu kumwe n’ibindi bintu vyose bubatse…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.