Igurwa rya Lionel Messi ntiryateye umunezero abafana b’uwo murwi na Kigali gusa, ariko ngo uwo munezero waranashikiriye abanyamerika barimwo Michael Jordan amaze guhomba amafaranga atari make kubera ikiza ca Covid 19 catumye…
Umwanya wo kuruhuka kuri Mama Samia Suluhu Hassan kuva ashirwa ku mwanya w’umukuru w’igihugu ca Tanzania ngo ntagira na fye, kuko nubwo aba avuze ko agira aje kuruhuka, iyo aba agiye n’ubundi ategerezwa kugira ico akoze. Mu…
Mu gihe Lionel Messi yitezwe ku kibuga c’umupira w’amaguru cegukira PSG I Paris mu bufaransa kuri uyu wa gatandatu, abakunzi b’uwo mugwi ngo bariko bagura impira y’uwo mukinyi ari benshi cane muri kino gihe mu bufaransa.…
Dans le cadre de la journée dédiée à la solidarité, l’association des natifs de Ngagara a donné des cahiers aux enfants nécessiteux de cette zone. L’activité s’est déroulée au chef-lieu de la zone Ngagara dans la matinée de…
En date du jeudi 5 Août 2021, dans les enceintes de l’hôtel Royal Palace, la Commission Vérité et Réconciliation, CVR en sigle, a tenu une conférence de presse pour informer le public sur l’état d’avancement de ses travaux.…
Mu gisagaca ca Gitega umugwa wa Poritike hagiye kwaka umuriro bivanye n’ingene ibirori vyo kwerekana abakinyi ba Musongati bashasha biriko bitegurwa. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 07 Myandagaro isaha zitanu zo…
Hagiye kwaka umuriro mu rukino rwa kivandimwe rugiye guhuza umugwi Athletico New Oil hamwe na Rukinzo kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 01/08/2021 isaha icenda 15h 00 ku kibuga Umuco . Urwo rukino rukaba ruzoba ari urwo…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Mukakaro 2021, haramutse hugururwa icese Radio CDN, Ijwi rya Cibitoke ikorera mu ntara ya Cibitoke, Komine Rugombo ku Mutumba wa Cibitoke nyene. Ibirori vyatangujwe na Marie Chantal…
Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 22 Mukakaro 2021 hatangujwe i Gitega ku murwa mukuru wa poritike umwihwezo w’abagize Reta y’Uburundi. Uwo mwiherero uzomara imisi ibiri w'abagize Reta y'Uburundi watangujwe na…
Amakomine yose agiye kuronswa udusandugu abantu bazocishamwo ico bazi ku bwicanyi bwabaye mu 1972. Igikorwa co gutohoza no kuzura ibisigarira kizotangura ku wa 27 Mukakaro 2021 mu gisagara ca Bujumbura, itanguzwa ry’ico…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.