Inka ngufi cane kw'isi yahora iri mu gihugu c'ubuhindi, ariko ngo vyahindutse kuko hari iyabonetse muri Bangladesh. Iyo nka yahawe akazina ka Rani, ikaba iri mu gace ka Dacca muri Bangladesh, aho abatari bake mu…
Umuzo w’umushikiranganji wa mbere w’Urwanda I Bujumbura ku musi w’ukwikukira kw'abarundi, woba wugururiye inzira za Bujumbura-Kigali zari zimaze imisi zitameze neza, kuko hari abanyarwanda bakomeye bitezwe I Burundi mu…
Ku bitegereza neza, baramaze kubona ko hari inzu zimwe zimwe zifise intsinga z’amatara ziva mu bwiherero bw’ibinogo. Izo nzu kenshi iyo ata cabaye, ntibakunda kubura amatara, naho aba yaka bukebuke cane. Muri Aziya ho…
Igiterwa c’urumogi abashakashatsi baheruka kwerekana ko mu buraruko bw’uburengerazuba bw’ubushinwa ariho rwakomotsa, aho ngo hari mu myaka iri hagati y’ibihumbi 10 na ibhumbi 3 imbere y’ivuka rya Yezu kirisu. Ivyo bikaba…
Kwambara ico benshi bita Bikini mu gihe bakina umukino wa Beach Volleyball ku bigeme, n’ibisanzwe ku bazungu, ariko kubera umuco w’abanyafrika n’umuco w’abazungu bidahuza ku nyambaro zimwe zimwe, vyatumye uwo mwambaro utavuko…
1.Mu rugendo rwiwe rwa mbere rutazibagirwa mu gihugu cacu c’Uburundi, Nyenicubahiro Suluhu Hassan, Umukuru w’Igihugu ca Tanzaniya duhejeje kuganira ibitari bike. 2. Mu kiyago cacu, twashimikiye ku bibazo biraba ibihugu vyacu…
Mu rugendo rw’imisi itatu arimwo mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yabonanye na mugenziwe Felix Antoine Tshisekedi Tshilombo aho baganiriye ibitari…
Abacamanza bihaye ingendo igayitse yo gucafuza isanamu nziza y’ubucamanza yabasabiye ko bokwirukanwa burundu maze basubirizwe n’abashobora kwitwararika ingorane z’abenegihugu. Mu karuhuko arimwo mu ntara ya Ruyigi, umukuru…
Mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru, kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 13 Mukakaro 2021, uwujejwe igisata co kumenyesha amakuru mw’ibanki nkuru y’igihugu BRB amenyesha ko bibujijwe kuriha ikintu ico arico cose…
Ikiringo c'indwi zibiri nico umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu yahaye uwutwara "Cellule" Mugoboka ya mbere iri muri karitiye Mutanga Sud n'abo bafadikanije mu kubomora amazu arenga 10…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.