Inyuma y'aho ibanki ishigikira imigambi y'urwaruka BIJE itanguriye icese imirimo yayo i Gitega ku murwa mukuru wa poritike, hari bamwe n'abandi bakeneye kumenya ibisabwa (dossier) mu kwuguruza ikonte gutyo…
Mu gihe bamwe mu bariko bahiganwa na Masterland basa n’abatashimishijwe n’iyo ntsinzi yiwe ngo ntiyagiye guhiganwa abona ko intsinzi ari ngombwa, ahubwo yisanze yatsinze. Ivyo n’ivyo uwo muririmvyi aheruka gutsindira…
Abarundi barayamaze ngo uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza, Olegue mu kiyago aheruka gutanga kuri imwe mu mboneshakure za hano iwacu, yerekanye ko abagize ico bavuga ku ndirimbo yiwe Korayo, ko bamuhoye ubusa.…
Kuba Monna walda yarabashije kwinjira mu muziki mu kanya gato agaca amenyekana cane, ngo birafise ico vyavuyeko. Mu kiyago n’imwe na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, umuririmvyikazi Monna Walda yavuze ko kuba…
Mu gihe amajambo ari menshi ku biheruka kuba ku giteramo ca Alikiba I Bujumbura, umwe mu babiteguye, DJ Fanny, yatanze umuco gato ku vyatumye urwo rugendo rwa ALikiba rutaba nkuko vyari vyateguwe. Abapadiri ngo nabo bari mu…
Mu gihe twaheruka kubamenyesha ko ikiri ku minwa y’abantu batari bake hano iwacu ari ryari ubugeni bwa Alvin n’umukunzi wiwe, kuko na Alvin yanaheruka kumenyesha ko azokora ubugeni vuba kugira yerakane ko ari umugabo w’ijunja…
Ikiringo cahora gihabwa abavuye hanze y’igihugu mu ntumbero yo kubasuzuma ko ata mugera wa coronavirus boba binjiye bafise congerejweko imisi ine. Nk’uko bishikirizwa na Thaddée Ndikumana, umushikiranganji ajejwe…
Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/003 ryo kuwa 7 Nzero 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amenyesha ko abogoje mu mabanga yiwe Emile Ndayisaba, yahora arongoye Ikigo kijejwe amabarabara mu…
Ibanki y'urwaruka BIJE yaraye itanguye ibikorwa ku murwa mukuru wa poritike Gitega yatanguye kwakira irwaruka ruhurikiye mu makoperative rwipfuza ingurane izobafasha kurangura imigambi yarwo. Mu birori vyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.