Ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu Burundi Febabu ribandanya rironka abarifata mu mugongo. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25 Rusama 2023 ku biro vy’ishirahamwe ry’ubwishingizi Assurance BIC , ishirahamwe ry’umupira…
Drama T ntiyorohewe kuva yerekeza mu gihugu c'Ububirigi aho agiye gukorera igiteramo. Uwo muririmvyi yuririye rutema ikirere Kuri uyu wa gatatu, ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye, yasigaye ararabishwa rugagamisha…
Akajambo ukunuka kaheruka kuvugisha benshi, bamwe bakanacanamwo, bakanavuga amajambo atari meza, gasubiye kugarukanwa ku rubuga rwa Twitter. Ikimenyeshamakuru BETV, giheruka gukora inkuru mu gisata co kwunguruza abantu, aho…
Inyuma yo gukora Ibiteramo mu bihugu bitandukanye vya Afrika n'uburayi Fortran Bigirimana agiye gukorera ibiteramo mu gihugu ca Canada mu kwezi kw'9, nkuko vyabonetse. Amakuru ava ku rubuga rwa Facebook, rwa Fortran…
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Bagabo Patrick umuziki nawo umuha izina rya Pin Pajo. Kuva 2020 niho yahisemwo kuririmba indirimbo zo kuninahaza Imana indirimbo igira 3 akaba ariyo agomba kudushikiriza vuba. Uretse ko ari…
Ukwitwara neza mu murwi Geita Gold biri mu bituma uburongozi bw’uwo murwi bwipfuza kumwongereza amasezerano . Uwurongoye uwo murwi yabwiye ikimenyeshamakuru Mwanaspoti ko ibiganiro hagati yabo na Arakaza Mac Arthur umunyegori…
"Umurwi Musongati Fc niwo murwi wama wangoye cane ndawusezeye nzoba ntwaye igikombe c’umukuru w’igihugu ." Ivyo bikaba vyarashikirijwe n’umunyamabanga mukuru w’umurwi Bumamuru Fc Niyonsaba Jean Paul inyuma yo…
Umukinyi w’Umurundi afise se amuvyara w' Umurundi akagira nyina wiwe akaba umunyarwandakazi ubu ashobora gukinira igihugu c’Uburundi. Umurwi nserukira gihugu w’Ububirigi ni wareka gutumako Ndayishimiye Mike Tresor mu…
Mu makuru yacu twabashikirije twababwiye ko B Face yitezwe muri Australia igenekerezo rya 2 Ruheshi 2023, ikibazo kiguma kigaruka ni mbega azoronka Visa, mwibaza ko vyifashe gute? Uretse abagiye baramubaza akimenyesha…
Inyuma yaho umurwi Inter Stars udakorokeye mu cicaro ca kabiri , Uburongozi bw’uwo murwi bwaraye busangiye umunezero hamwe n’abakinyi . Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 21 Rusama 2023 kuri Ingo Bar , aho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.