Umurwi Bumamuru Fc waraye uhaye umunezero udasanzwe abakunzi bawo inyuma yo gutahukana igikombe . Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 20 Rusama 2023 isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani mu Cibitoke , aho umurwi…
Umukinyi w’inyuma muri Inter Star yaranse kurya igiturire kugira atsindishe umurwi wiwe yafashwe nk’intwari idasanzwe n’uburongozi bw’uwo murwi . Yitwa Irakoze Bienvenue asanzwe akina inyuma , mu nkino 10 zari zisigaye za…
Umukinyi w’Umurundi Ndayishimiye Mike Tresor yanditse amateka mu gihugu c’Ububirigi . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 22 Rusama 2023 mu gihugu c’Ububirigi niho haraye hatangwa ubushimwe butandukanye mu bakinyi bagiye…
Umukinyi wese w’ntamba mu rugamba azorenga amategeko y’umurwi nserukira gihugu azohanwa hisunzwe amategeko . Ivyo bikaba vyaraye bivuzwe n’uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police…
Imirwi Les envoyés Buganda hamwe na Rugombo City niyo igiye gukina urukino rwanyuma mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca 3 mu Cibitoke . Aho ni inyuma yaho mu rukino rwo gutangura ( Phase Alle) Umurwi wa Rugombo City wanganije na…
Urubuga rwa Twitter, ni urubuga rumaze igihe ruhurumbiwe mu Burundi n'abakiri bato, bo mu mice yose, baba abari mu Muziki, abaja kuhayagira, canke abamenyeshamakuru, bose bakaba bamaze kugira umuryango witwa #abatwip.…
Uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre yaraye akeje umurwi Bumamuru Fc wo mu ntara ya Cibitoke waraye utahukanye ubwa mbere mu mateka yawo igikombe ca Primus…
Général de Bigade de Police Muyenge Alexandre arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru avuga ko biteye isoni kubona hari abantu bahora basopa abakinyi mugihe baba bagomba kwinjira mu kibuga . Ivyo akaba yaraye abishikirije…
Inyuma ya Gasape SN, abarundi bandi babandanya bakora izindi mbugahwaniro. Hari uwamenyekanye mu bumanuko bw'igihugu, yakoze urundi. Nkuko amakuru dukesha ikimenyeshamakuru Ijwi rya Amerika abishikiriza, urwo rubuga…
1/3 c'amafaranga yokoze amasanamu y'indirimbo, n'iyo mafaranga Drama T aheruka guhombera muri wa mukino w'umupira w'amaguru wahuza Real Madrid na Man City. Mu makuru twaheruka kubashikiriza twari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.