Iciyumviro canke icipfuzo ca Pacifique Nzitonda cari gifitiwe inyishu na DJ Paulin, kuko yagitangiye inyishu ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye. Paci Nzitonda Kuri uwu wa gatatu, yanditse ku rubuga rwa Facebook, ko…
Uwujejwe kwubaka ikibuga Intwari yari yabwiye abarundi ko ikibuga Intwari kizohora cakira abantu ibihumbi 18.000 , vyahindutse ico kibuga kizoba cakira abantu ibihumbi 16.600. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Ingénieur…
Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 31 isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe Intwari , aho uwurongoye ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga Honorable Réverien Ndikuriyo ari kumwe n’icegera ciwe Général de Brigade de…
Tuvuze ko imiryango iriko iruguruka ku baririmvyi ntitwoba dushikuje turetse akanoti binjiza baraguruka bakabona iyo bweze inyuma ya Dama T, Vichou Love, B face ubu naho les Jumeaux music bahamagawe muri Congo ukwezi kwa…
Alvin Smith yoba yitavye akamo urwego rw'igihugu rujejwe kugenzura uko ibimenyeshamakuru bikora rwateye abaririmvyi muri rusangi. Uwo muririmvyi w'akadaje indirimbo iheruka guhagarikwa ku nsamirizi…
Abarundi Kuri Facebook ntibariko barahuza n'ikimenyeshamakuru co m'Urwanda, kubera inkuru banditse Kuri ya Ndirimbo nshasha ya Element, aho uwafashe amasanamu ari John Elarts hamwe n''uwundi yitwa BJC,…
B Face mu makuru yacu twagiye turabashikiriza twarabamenyesheje ko ikibazo ca Visa, cavuyemwo induru Igenekerezo rya 28 Rusama 2023 ariho yahaguruka mu gisagara ca Bujumbura yerekeza muri Australia. Urugendo ni rurerure,…
Ishirahamwe CNO ( Comite National Olympique) ryagiriza uwurongoye ishirahamwe ry’abanonotsi mu Burundi Dieudonnée Kwizera Muvuduka kuba umubeshi bivanye n’ingene yihindukiza mw’ijambo . Ivyo akaba yabivugiye kuri uwu…
Ntakindi Francine Niyonsaba yokwihutira gukora kugira yemererwe kuzoserukira Uburundi mu nkino za Jeux Olympique zizobera mu Bufaransa mu mwaka wa 2024 , atari kugabanya urugero rw’inkabuzo ngabo ( Testostérone). Hari…
Bamwe ishavu ryagera i mutwe ngo yavuze ko aba Diaspora bakora nk'ibimachine, ngo nta wuzoja ku muraba, ubu ubwanwa bwafutse umunwa. Ariko rero iboneka rya Bahaga mu giteramo kimwe muri 2, ndakurahiye bifitanye Isano…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.