Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 16 Rusama 2023 niho umurwi nserukira gihugu wa Basketball Intamba mu Rugamba watangura imyimenyerezo ya mbere . Iyo mumyimenyerezo ikaba yaraye ikoreshejwe na Aaron Kagabo nk’umumenyereza…
Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 16 Rusama 2023 Umushikiranganji w'inkino n'imicokama yari yahamagaje abaririmvyi kugira yumve ico bagona, akababaro boba baramushikirije mwibaza ko ari akahe? Yatanguye abaremesha…
Umumenyereza wa Simba Sc yavuze impamvu ituma adakunda gusubiriza umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza naho biba biboneka ko yarushe . Ari kuri micro y’ikimenyeshamakuru ca Mwanaspoti co muri Tanzania , yavuze ko…
Ibintu birakaze mwa bantu mwe, mu makuru yacu aheruka twari twagarutse Ku buryo Big Fizzo vyavuzwe ko ariko arasomborotsa iyindi ntambara ishobora gusutama hagati yiwe na Lolilo, kubera ubutumwa aheruka gushira ku rubuga…
Naho hataramenyekana ko B Face yamaze kuronswa VISA, koko ngo agiye gukorera igiteramo muri Australie. Icamaze kumenyekana coco nuko ngo kugaruka kw'uwo Munya Kayanza ngaha i Bujumbura, yamaze guhonyoza ikirenge muri co…
Hari hamaze imisi havugwa menshi Ku mbuga ngurukanabumenyi Ku bijanye na wa mugambi w'inyubako rusangi z'uburaro bugezweho zazanywe n'umu diaspora azwi kw'izina rya Fablice Manirakiza. Uwo mugabo yagirijwe…
Vichou love uretse ingendo yaramaze gukorera mu Rwanda ,Ouganda,Dubaï ..….. ubunaho agomba akubitire muri Quatar, mwibaza ko ari ibikorwa nyabaki bimutwayeyo? Kiretse ko yiteguriye Igiteramo kidasanzwe kw'igenekerezo rya…
Ikibuga citiriwe Intwari kibandanya gishigikirwa ku buryo bushimishijwe . Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 13 rusama 2023, aho abarongoye Ibimenyeshamakuru bikorera ku mbuga ngurukanabumenyi ( Medias en…
Imigenderaniye hagati y’Uburundi hamwe n’ubumwe bwa buraya ibandanya inaguka. Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 13 Rusama 2023 , Isaha zine zo mugitondo (10h00) ku kibuga Entente Sportif Ubuserukizi bw’ubumwe bwa buraya…
Abantu baratangajwe n'ivya Lolilo na Big Fizzo, bakoreye abantu ku rubuga rwa Facebook. Mu gihe Big Fizzo yaheruka guteza uruhagarara nkuko twari twabigarutseko mu nkuru twaheruka kubashikiriza, aho yavuga ku bijanye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.