Imigwi ya Primus League yagabishijwe n'uburongozi bw'umugwi Aigle Noir ku bakinyi b'uyo mugwi bariko baragurwa uburongozi butabizi. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Ruheshi umwaka wa 2019,…
Ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) ryafashe ingingo y'uko urukino rwa nyuma rwo gusubiriza rwa CAF Champions League rwahuje Esperance de Tunis hamwe na Whydad Casablanca y'uko…
Mu gitabo canditswe n'uwitwa Joseph Murphy, citwa " The power of your subconscious mind", arerekana ibitari bike vyerekana neza ko hari ibintu vyinshi dukwiye kumenya bidahuye cane n'ivyo twigishijwe…
Uwahoze ari Perezida wa Centrafrique Catherine Samba Panza ari kumwe n’uwahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa w’umuryango ICGLR umupfasoni Liberate Mulamura bari mu Burundi kuva mu gatondo ko kuri uno wa gatatu…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 5 Ruheshi umwaka w’2019, umukuru w’igihugu cacu Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yari yaramutse akoranya inama nshikiranganji I Gitega ku murwa mukuru wa poritike. Muri iyo nama hakaba hizwe…
Umugwi Aigle Noir The Fighters ugiye gufata ingendo mu bihugu bibiri dusangiye kano karere ka CECAFA. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 04 Ruheshi umwaka wa 2019, umugwi Aigle Noir washize ahabona ikirangamisi…
Sentare nkuru yo mu ntara ya Mwaro iherutse gukatira umunyororo wo gupfungwa imyaka itatu hamwe n'ihadabu ringana n'ibihumbi amajana atatu vy'amarundi umugabo azwi kw'izina rya Ndayisaba Léonidas inyuma…
Reta y’Uburundi yaraye irishe igice c’ivyakoreshejwe n’abakinyi b’inkino zo gukubitana ingumu « Boxe » bamaze imisi bapfungiwe mu gihugu ca Gabon. Kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 4 Ruheshi niho Reta y’Uburundi…
Igiporisi c’Uburundi caraye cerekanye abantu batatu bagirizwa ko bari mu murwi w’abantu umunani bitwaje ibigwanisho bategeyebwongera basahura urukombamazi umupfasoni azwi kw’izina rya Mélanie Nduhiye akomoka muri…
Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y'Abarundi baba muri Leta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c'umuyobozi wawo, wibukije Abarundi bose baba muri Leta Zunzubumwe za Amerika ko ikiringo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.