Kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 hamwe n'umugwi Aigle Noir yaguzwe muri Young Africans muri Tanzania. Moustapha Seleman akaba yashize umukono ku masezerano…
Mu gihe abatari bake bagize igihe bashaka kumubaza kubijanye n'umugore bivurwa ko babana mu gihugu c'ubwongereza, Jamal yavuze ko atawe babana kandi ko ashobora kudasubira mu bwongereza kandi. Jamal aho yari muri…
Uko twagiye turatohoza muvyo abaciye urwevu imbere yacu bavyanditse, twasanze koko umuntu ibimutera ingorane, inzitizi ziwe afise ziri muri we nyene. Ivyo vyose bigushikira bigushikira kubera hari ibiri muri wewe nyene…
Nkuko rero bitakiri agaseseshwa rumuri, Leta y'Uburundi haraheze igihe kitari gito vyigararagaza ko yahagurukiye umwitwarariko udasanzwe w'Abarundi baba mu mahanga, eka mbere hakaba n'akabirya…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wamaze gushika i Doha mu gihugu ca Qatar. Inyuma yo gufata indege berekeza i Doha mu gihugu ca Qatar kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 02 Ruheshi umwaka wa 2019…
Kuvaho Uburundi bwikukira ntihari bwaboneke ikibuga kinini co gukiniramwo umupira w'amaguru mu Burundi nkica Peace Park Complex kiri mu ntara ya Makamba. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 01 Ruheshi umwaka wa 2019,…
Umukinyi umwumwe w'intamba mu rugamba yatekerewe imiriyoni 5 zo gusiga iwabo imbere yo kuja mw'ihiganwa rya CAN2019. Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 31 Rusama umwaka wa 2019 niho buri mukinyi w'intamba mu…
Kizigenza mushasha w'umugwi nserukira gihugu yatowe n'umenyereza Alain Oliver Niyungeko. Urukurukuru niyo nkuru vyari vyavuzwe kuva kera y'uko hoba hari umugambi wo guhindura kizigenza w'intamba mu…
https://www.youtube.com/watch?v=4TXnDqrKxwE&feature=youtu.be
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.