Inyuma yo kumenyekana ko hari ubuke bw'abigeme muri Industry ya +257 yaba hano i Bujumbura cokimwe no mugihugu hagati, no mubarundi basanzwe bakorera hanze y'igihugu (Diaspora) ngo nuko n'aho bamwe bamwe!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ubandanya ufatwa mumugongo n'amabanki ndetse n'amashirahamwe atandukanye . Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 21 Rusama umwaka wa 2019, isaha zine zo mugatondo kuri Hotel!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=uBzhTSSRR9U&t=150s
Isanamu ngereranyo y'umutekamutwe. Nk'uko rero tubibona mu mpanuro abageze ku masonga benshi bakunda gushikiriza, biragaragara ko aho mu mutwe wawe hariyo ubushobozi burengeje, yamara rero tukaba twicaye ku gahiye!-->!-->!-->…
"hormones" z'igihungu nyinshi afise mu mubiri nizo zatumye Francine Niyonsaba ahagarikwa mu mahiganwa azobera mu bu Swiss mu mpera z'uku kwezi kwa Rusama. Naho agerageza kwisigura ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ngo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=fadxWPX5LUU&feature=youtu.be
Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 18 Rusama 2019, Sentare hamwe na Parike Nkuru irwanya ibiturire vyari vyaramutse bishikiriza ibikorwa vyaranguye mu gica ca mbere c’uwu mwaka turimwo w’2019. Umupfasoni Alphonsine!-->!-->!-->!-->!-->…
Intamba mu rugamba zizotana mu mitwe n'umurwi uzoserukira uburundi mu mahiganwa ya Champions league yo muri Afrika, kw'igenekerezo rya 31 Rusama 2019 mw'ihiganwa ryo guterera Intamba kuva ku bihumbi bitanu!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 ugiye kwitabira ihiganwa ryo muri Afrika "Jeux Africains". Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 17 Rusama umwaka wa 2019, niho hamenyekana y'uko!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe ihiganwa Primusic risanzwe ritunganywa n'ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi ryari rimaze imyaka igera kuri itanu atawumenya iyo ryazimiriye, kuri uyu wa 16 Rusama 2019, iryo shirahamwe ryarasubiye!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.