Umugwi Al Adalah wo mu cicaro ca kabiri ukinamwo Kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman waduze mu cicaro ca mbere. Ukaba warangije ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri uri mu kibanza ca 3 n'amanota 63 mu nkino!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubwa Don Brigther Fire Fire ngo niryo zina yakunze ko yokwita indirimbo izosohoka kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Rusama. Don Brighter umuririmvyi w’umurundi asazwe aba muri Leta zunze ubumwe za Amerika neza na!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi ukomeye wo mu gihugu ca Espagne Fc Seville wamaze gushika mu gusagaca ca Dar es salam. Neza na neza uyo mugwi washitse ku kibuga c'indege ca Dar es salam ca Julius Kambarage Nyerere isaha indwi 7 z'ijoro!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=KD9vPrbXPjI
Umugwi nserukira guhugu w'intamba mu rugamba ugiye gutana mu mitwe n'umugwi wa Algeria mu rukino rwa kivandimwe. Mugihe hasigaye imisi itarenga 10 kugira Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba werekeze i Doha!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=2v6c9dh8-rk&feature=youtu.be
Belle9ce Ingabire umwigeme ataguye umuziki inyuma yamezi make ahaciye awutanguye yatowe kuba umu ambassadeur muruhande rwabigeme muri Primusic. Belle9ce ku ndirimbo SABO aheruka gukora igasohokana n'amasanamu aho!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y’ugukora indirimbo zitandukanye harimwo n'ama collabo atandukanye ubunaho ngo agiye kubarizwa mu bijanye no guhinyanyura indirimbo. Umuririmvyi Akes Don akaba asaba abasazwe bafise indirimbo zanditse bikwije!-->!-->!-->!-->!-->…
Haracarimwo igipfungu cinshi mu nkuru y'ifatwa rya Yvan Muziki mu gihugu ca Uganda, kuko hataratomoka neza ngo hamenyekane ibiyovyabwenge yafatanywe uko bingana. Ikiyovyabwenge co mu bwoko bwa Heroine kingana!-->!-->!-->!-->!-->…
Isanamu ngereranyo y'umutekamutwe Mu kiringo rero woba waraciye urwevu, ukagira ihangiro ry'ikintu uzoba warashitseko mu myaka iza , iri hagati ya 7 na 10, ni vyiza nk'uko abahinga baguhanura ko woheza rero!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.