Umuririmvyi rurangiranwa Nzigamasabo Vianney benshi bazi kw'izina rya Vichou Love yitezwe gukora ibintu bikomeye ku musi wahariwe Intamba. Mugihe harindiranywe igishika urukino rukomeye rwa kivandimwe ruzohuza umugwi…
Umusatirizi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules yaraye afashije Rayon Sports gutwara igikombe c'ihiganwa ryo mu Rwanda Azam Premier League. Hari kuri uyu wa gatanu waraye uheze…
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza yoba ariko arimenyereza kugira azokwifadikanye n'abandi mu mugwi nserukiragihugu? Ayo namwe mu majambo abakunzi b'intamba mu rugamba ndetse…
Kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman yaraye agize igisabisho ca Umrah imbere y'uko afata indege imushikana I Bujumbura. Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 23 Rusama umwaka wa 2018, niho Kizigenza…
Inyuma y'imyaka 4 ihiganwa rya Primusic ritaba,ku curo yambere ryahereye mu Ntara ya Muyinga.
https://www.youtube.com/watch?v=sCCNeV_cs1U&feature=youtu.be
Abarundi benshi bama bibaza umusi n'igihe inkino z'intamba mu rugamba zizoberako mu mahiganwa ya CAN 2019 azobera muri Egiputa mukwezi buca dutangura, tukaba twamaze kuronka ikirangamisi c'inkino…
https://www.youtube.com/watch?v=5QLZ9efdzL0&t=21s
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba uza wamaze gutangura imyiteguro yo kwitegurira inkino za CAN 2019 hamwe na zimwe mu nkino za kivandimwe. Kuri uyu wa wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 23 Rusama umwaka…
Urugendo rwa Lolilo muri Tanzania rwamuteye kubona kure n'uburyo bacamwo amafaranga muri ico gihugu. Urugendo rwa Lolilo mu gihugu kibanyi ca Tanzania, rwamuviriyemwo vyinshi. Ivyo n'ivyo aheruka gushikiriza mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.