Ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri Primus league B ryarabandanije mu mpera z'iyi ndwi twaraye turangije. Uku niko inkino zagenze : Top Junior yanganije na Lumiere de mwumba igitsindo 1 kuri 1 Moso sugar Fc inganya na!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kuva kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza gushika kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 14 Ndamukiza umwaka wa 2019. Uku niko imigwi yatsindanye: Messager Buja!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi Mavugo Laudit abandanya yitwara neza mu gihugu ca Zambia. Kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza umwaka wa 2019, umugwi Napsa Star wari waramutse wakira umugwi Circuit Fc ku!-->!-->!-->!-->!-->…
Ni akanyamuneza ntangere ku barundi na canecane abarimyi b'ikawa kuva aho bumviye ko ikawa y'Uburundi yabaye iya mbere kw'isi mu mahiganwa yari amaze imisi ariko arabera muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Kuri uno wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Intamba mu rugamba ngo zigiye guhindura imyambaro zahora zambara zibifashijwemwo n'Ubutariyano. Mugatondo ko kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 13 Ndamukiza umwaka wa 2019, uwurongoye ishirahamwe ry'umupira!-->!-->!-->!-->!-->…
Dans le bras de fer qui opposait la Cour pénale internationale aux Etats-Unis de Donald Trump, il semble que l’administration américaine ait pris le dessus. La Cour vient d’annuler une demande de sa procureure d’ouvrir une!-->…
Naho muri Bantu bwoy ataco barabivugako bwite, Wawa wewe aremeza ko ubu abarizwa muri uwo muryango w'abaririmvyi, ubazwa Big Fizzo. Mu kiganiro Be news, Spok's yemeza ko Wawa yamubwiye ko ubu atakibarizwa muri Kim!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'uturirimbo dutandukanye amaze gushira ahabona, Holy Cost, Igira Neza, Amahoro yanje n'amateka, uwo muririmvyikazi yahoze muri Redemption Voice yashize ahabona akandi karirimbo gashasha, ako nako!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uri mw'itsinda rimwe na Nigeria . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Ndamukiza umwaka wa 2019 mu gisagra ca Misiri Egiputa niho hatorwa ukuntu imigwi izohura mu nkino za!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwahoze ari umunyegori wa Aigle Noir Patient Ndikuriyo yaguzwe muri Kenya. umunyegori yahoze asamira umugwi Aigle Noir Ndikuriyo Patient kuri uyu wa gatatu uheze igenekerezo rya 10 Ndamukiza umwaka wa 2019 niho yashira!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.