https://www.youtube.com/watch?v=B_hPHaCKPjY
Ndayishimiye Warren Chebby agiye gusubira gufasha imigwi y'abakiri bato nkuko yavyiyemeje wenyene y'uko azogerageza guteza imbere urwaruka rukina umupira w'amaguru mu Burundi . Warren Chebby akaba ari umurundi asanzwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Amahera angana n'amadorari y'abanyamerika ibihumbi amajana abiri 200.000$ niyo mahera CAF imaze guha ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB kugira ryitegurire neza inkino za CAN 2019 zigiye kubera muri Misiri. !-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi wa Aigle Noir hamwe w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 na 23, Kanakinama Bienvenue yashitse amahoro mu gihugu ca America . Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 08!-->!-->!-->!-->!-->…
Sat B, Natacha , MB Data hamwe na Iry Tina nibo bagiye kuzoherekeza Sheebah Karungi i Bujumbura mu giteramo ku butumire bw’abarongoye Cristal Event yaronkejwe. Sat-B & Sheebah Karungi Abarongoye Cristal Event!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yukuva mugihugu kibanyi avuye gukora ibikorwa bitandukanye unomusi igenekerezo rya 8,Ndamukiza niho yamenyesha izina ry’ururirimbo n’umusi rugiye gusohokerako Belle Nice asazwe ari muri Label ya Empire Avenue!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa ryitiriwe igikombe c'umukuru w'igihugu ryaronse ishirahamwe rigiye kurifata mu mugongo. Kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 06 Ndamukiza umwaka wa 2019, mu gisagara ca Dar Es Salaam niho uwusanzwe atwara!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba Olivier Niyungeko yerekeje mu Misiri. Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 08 Ndamukiza isaha icenda 15h00 z'umuhingamo niho umumenyereza w'Intamba mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi Aigle Noir Kanakinama Bienvenue ntakiri ku butaka bw'Uburundi. Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 07 Ndamukiza umwaka wa 2019 , niho umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira!-->!-->!-->!-->!-->…
Botchum agiye gufatanya n'abandi mu guhinyanyura amatego y'ishirahamwe ry'abaririmvyi AMB kuko atakijanye n'igihe. Ukwegeranya abaririmvyi kuko basanzaye, abandi nabo barangwa n'ukutumvikana, co kimwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.